Kumbure agatima gatanguye kurebareba. Kumbure utanguye kwibaza uti kubera iki mbega jeho ntogira ivyo abandi bagira. Kumbure nta maragamo ugifise. Utanguye kwifuza kuja kurigata urume uvuye mu ruzi eh mama ngo rwoba…
Umumenyereza mukuru w'umugwi wa Yang Africans wo mu gihugu ca Tanzania Luc Eymael yavuze y'uko uwahoze ari Umusatirizi w'umugwi wa Rayon Umunye Ghana Michael Sarpong ariwe muti nyawo Ku ruhande…
Umunyororo w’imyaka itanu, ihadabu y’ibihumbi ijana hamwe no gushira imodoka yiwe mu matungo ya Reta ni bimwe mu bihano sentare y’igihugu y’i Ngozi yaciriye Pasteur Mpawenimana, umunywanyi w’umugambwe CNL. Uwo yafashwe…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama 2020, niho uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Turquie Nihat Ozdemir yamenysheje y'uko iryo higanwa ry'umupira w'amaguru…
Reta y’Uburundi itegekanya kuzorangura muri uyu mwaka w’2020 ushira uw’2021, imigambi y’iterambere igera kuri icumi n’itanu nk’uko biherutse gushikirizwa mu nama nshingamateka na nkenguzamateka zemeje iyo migambi.…
Inyuma yo kubabara mu rukino rw'igice ca kane gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w’igihugu aho Umugwi Aigle Noir wasezereye ku kibuga cayo Athletico academy kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala akinira umugwi wa Bugesera Fc abona y'uko Umugwi wa Musongati Fc ariwe ukwiriye gutwara igikombe ca Primus league kuko ngo niwo mugwi…
Umwaka urenga uraheze abakozi bakoreye kw'itonorero ry'ikawa riri ahitwa Buyezi muri komine n'intara ya Makamba batararonswa agahembo kabo. Abo bakozi bashikiriza ko bageze habi, bitagishoboka ko bikenura mu…
Inyuma y'aho Youssuf Mossi ajejwe igisata co gutunganya inkino mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ku mboneshakure ya Azam yo muri Tanzania amenyeshereje y'uko mu ntango z'ukwezi…
Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure mu bijanye n’umuziki. Mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.