Mu gihe Corona-virus isinzikaje isi, igatuma ibihugu bitandukanye bisaba abenegihugu kuguma biyugaranye ata gusohoka, ibiteramo, ama Karaoke, canke amahuriro atandukanye agahagarikwa mu bihugu birimwo Urwanda na Kenya,…
Indirimbo Izina uno musi imaze kurabwa n’abarenga 67 700 ku muhora wa Youtube, kandi ikaba indirimbo yinjirije Sat-B amafaranga menshi gusumba izindi, ngo muriyo ubutumwa burimwo yashatse gukebura abashaka gucafuza izina…
Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH usaba abanyeporitike kudakoresha abana mu bihe vy’imyiyamamazo. Mu nama yari yahuje abagize uwo mugwi hamwe n’abarongoye imigambwe kuri uyu wa kane igenekerezo rya…
Umugwi w'igihugu wigenga ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR, usaba amashirahamwe akunda kwibuka ababo bagandaguwe mu 1972, bagahambwa mu binogo rusangi biri ku mutumba Gisuru ku ruzi Nyambeho muri komine…
Hagiye gushirwaho umugambi mushasha "Safe transport" mu gisata co gutwara abantu n’ibintu. Uwurongoye koperative ihurikiyemwo abunguruza abantu ku mapikipiki COTAMOBU, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, kuri uyu…
Umukinyi wo kuruhande w'umugwi wa Chelsea Umunye Brezile Willian ashobora kutaguma mu mugwi wa Chelsea bivanye n'uko ibiganiro vyiwe na Chelsea bimeze nkibiriko bicumbagira muri kino gihe. Willian akaba azorangiza…
Inyuma yo kuba Umuririmvyi wa Burundian Diaspora muri Leta z'unze ubumwe z'Amerika ariwe Don Brighter ashiriyeho Label yo kugira ashigikire bamwe mubaririmvyi ba Diaspora bafise impano ariko bigora kugira bazishire…
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2020 , abagize inama ya bose y'ishirahamwe rya volley ball baragiye hamwe biga ku kuvyerekeye ikibazo co guhagarika ihiganwa nkuko babisabwe n'ishirahamwe rya volley…
Ubushikranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko uwundi muntu yamenyekanye ko yanduye umugera wa Corona inyuma yo gupima abantu 60 babonanye n’abarwayi 5 baherutse gutangazwa n’ubwo…
Abatwara umugwi wa Liverpool batanguye ibiganiro nabasanzwe bahagarikira ibikorwa vya Philip Coutinho bitwa aba Agents kugira barabe ingene bogarukana uyo munya Brezile mu mugwi wabo mu kwezi kwa Rusama igihe igura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.