Muri congo iharanira intwaro rusangi bagiye gusaba ikori ku materefone akoreshwa. Ayo makori akaba azoba ari hagati y’ 1$ n’7$ bivanye n’agahamagazo umuntu akoresha. Itegeko ry’umushikiranganji wa mbere muri ico gihugu…
David Nduwimana ngo ntiyahagaritse umuziki ariko icabaye nuko yahinduye uburyo akoramwo umuziki gusa, n’ayahandi ibikorwa ngo biracakorwa ukuri kwamye. Mu kiganiro n’imboneshakure yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda, uwo…
Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s’aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja…
Gymkhana yarirahiye Urunani mu rukino rwa kivandimwe ruheruka kubahuza. Mw'ihiganwa ryatunganijwe na Jadot Nkurunziza riheruka guhuza imirwi itandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura ,umurwi wa Gymkhana warirahiye Urunani…
Ihiganwa rya volley ball i Bujumbura risigaje Umusi umwe ngo rirangire. Mu mpera zino ndwi imirwi itandukanye ikaba yarahiganywe. Icerekana ko Rukinzo ihabwa amahirwe menshi yo gutahana igikombe nuko kuva ihiganwa ritangura…
Inyuma yaho Esther kamatari amenyeshereje ko ariko akora udufukamunwa tugenewe guhabwa abanya Mali, uwo munyamideri w’umurundikazi akomeye yatanguye gutanga imfashanyo ku bigo bitandukanye vyo muri ico gihugu. Nkuko amakuru…
Mu gihe abitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu uno musi wa mbere igenekerezo rya 27/4 baramutse batangura kwiyamamaza, abazobafasha mu kubamenyekanisha batanguye kumenyekana. Inyuma ya Dr Claude yakoze indirimbo zihayagiza…
Umugabo w'imyaka 55 y’amavuko yaraye agandaguwe n'abagizi ba nabi, mw'ijoro ryo ku wa gatanu buca ari kuwa gatandatu bamusanze ku muhana iwe ku musozi Burambira komine Gashoho intara ya Muyinga. Musitanteri…
Jeannot Witakenge Umukinyi wo hagati yigeze gukinira Umugwi wa inter Star mu myaka ya 1994, 1995, yitavye Imana ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu Igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2020, mu bitaro vy'ibukavu vyitwa…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze Igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2020 , nuho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu gihugu ca Hollade canke Pays bas ryamenyesha icese y'uko ihiganwa ryo muri ico gihugu ry'uno…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.