Inyuma yo kumara imyaka myinshi akora umuziki ariko ibikorwa vyiwe bitabasha kumenyekana cane munyuma akiga uko yokora kugira ateze imbere ikiri muri we (Impano) ubu yaje n'ibindi bidasanzwe. Ni Don Brighter Kuva aho…
Mu misi iheze niho impuzamashirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa CAF ryandikiye amashirahamwe yose y'ibihugu 54 bihurikiye muri CAF risaba y'uko ivyo bihugu bitanga iciyumviro ku bijanye…
Inyuma y'indirimbo "Songambere" yakunzwe cane, Mkombozi yashize ahabona indirimbo Corona. Akarinyuma karahinda niryo jambo ry'ihumure kubakunzi biwe, anatanga n'ubutumwa bw'ihumure ku bantu muri…
Sat-b ngo naho ariko ashigikira uwigenga mu matora y’umukuru w’igihugu, ngo ntiyizere ko abamukunda bazohava batora uwo ariko arashigikira, ivyo n’ibiriko bishikirizwa na bamwe mu bakunzi b’umuziki wiwe babicishije ku rubuga…
Kidum ngo ntatahura igituma abanyafrika batogerageza basi umuti wakozwe n’umushakashatsi wo muri Congo ariko akorera ibikorwa vyiwe muri Madagascar. Uwo mukuru w’igihugu akaba yamenyesheje ko ukiza kandi ukanakinga ikiza ca…
Kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Saido Berahino akinira mu mugwi wa Zulte Weregem wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Ububirigi ashobora kwimukira mu wundi mugwi . Ivyo bikaba vyaraye…
Kuri uyu wa kane Igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2020, mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bashize ahabona urutonde rw'abakinyi bafise ibitsindo vyinshi mw'ihiganwa rya Primus league .…
Komite y'ishirimwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA igiye kwongereza igitigiri c'abakinyi bazohora basubirira abandi mu kibuga ni ukuvuga bavuye kuri batatu gushika kuri batanu mu rukino rumwe. imvo!--more-->…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2020, Niho umushikirangaji wa mbere w'igihugu c'ubufaransa Edouard Philippe ari imbere y'abashingamateka yamenyesha y'uko inkino zose za Sports…
Inyuma yo kugaruka neza ndetse akemeza ko agiye gukora ibikorwa ubudasubira inyuma umurirumvyikazi Linah Blanche abandanya akora bidasanzwe vyerekana neza ko yipfuza iterambere kumuziki ndundi ndetse no mubigeme na cane…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.