Ihiganwa ryitiriwe Guparia na NBA fans 4 ever, ntirikibaye kuri uyu wa gatandatu nkuko vyari bitegekanijwe Ayo makuru agashikirizwa na Gygy Guylain asanzwe arongoye for the love of the game ari nawe yatunganije iryo higanwa…
Big fizzo ngo abamenyeshamakuru ntibari bwamubaze ico ijambo Bantu Bwoy risobanura, mbere n’ico Logos y’iyo nzu y’ubuhinyanyuzi yashinze isigura. Mu kiyago yagiranye na Landry yamenyesheje ikimenyesto BB kiboneka muri Logos…
Kw'igenekerezo rya 11 Ndamukiza nico gihe Jean Hakizimana yabonerako izuba. Hakizimana akaba amaze imyaka irenga cumi n'ibiri mu murwi wa Dynamo akaba ari nawe kizigenza w'uwo murwi mbere akaba anakinira umurwi…
Umuziki ndundi ngo uzingamitswe na vyinshi, ku ruhande rw’abaririmvyi ngo hari impamvu 5 nyamukuru umumenyeshamakuru Christian Nsavye na mugenziwe Alain Nova bashikirije, mu gihe mugenzi wabo Patrick Paggio yabashigikira mu…
Amadosiye arenga ibihumbi bitanu n’amajana atanu ngo yarizwe mu ntara zitandukanye zigize igihugu ayandi yababa igihumbi n’amajana abiri arunguruzwa. Ivyo ni ivyashikirijwe n’umuvugizi w’umurwi w’igihugu ujejwe gutatura…
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2020, niho ku rubuga Facebook rw'umugwi wa Kayanza United habonetse ubutumwa buvuga y'uko uyo mugwi ugabisha bamwe mu bakinyi bawo , muri abo bakinyi…
Amashirahamwe 1180 niyo yashinzwe, kuva mu kwezi kwa Nzero gushika mu kwezi kwa Ntwarante uwu mwaka turimwo w'2020. Ivyo ni ivyashikiijwe n'umuyobozi w'ikigo kijejwe guhimiriza no kworohereza abanyamitahe API…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2020, umugwi wa Aigle Noir washize ahabona ibiciro vyo kwinjira mu rukino rwo gusubiriza rw'igice ca kane gishira ica nyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu…
Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c'ingoma , umugwi wa Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega uzoba wakiriye umugwi wa Vital'o Fc mu rukino rwo gusubiriza…
Mu gihe kuri uyu wa gatandu igenekerezo rya 11 no kuw'Imana igenekerezo rya 12 Ndamukiza umwaka wa 2020, hairindiranywe igishika inkino z'igice ca kane gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.