Uwu musi igenekerezo rya 10, ni umusi mwiza kuri wewe kugira ngo uhindure ibintu. Uwu musi, Urashobojwe guhindura ivyo vyose vyari biguhanze. Hari ivyo tubamwo, natwe tukabona biriko biratujana mu mahonero yamara…
Ikigega co gufashanya muri Afrika kimaze gufasha mu migambi igera kuri 18, yaba iya Reta canke iy'abikorera utwabo mu Burundi. Ivyo ni ivyashikirijwe n’umushikiranganji w'ikigega ca Reta kuri uno wa kane…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2020, niho hamenyekana y'uko Umumenyereza Kabera Christian batazira Morinho yagizwe Umumenyereza wa Messager Rumonge . Aganira na Indundi Sports Kabera Christian yashoboye…
"Ibiciro vy’ibifungurwa birubahirijwe muri rusangi ku masoko ari mu gisagara ca Bujumbura. Ariko haracibonekeza abadandaza bamwe bamwe babiduza uko bashaka". Ivyo ni ivyashikirijwe n’umushikiranganji w’ubudandaji,…
Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha zitanu 11h00 zo mugitondo Ku kibuga ca CTN ( Centre Technique National ) aho Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Honorable…
Kidum Kibido aravunira akagohe abaririmvyi bagenziwe kobogabanya kwibeshera mukwiyemera muvyo baba bariko barakora vyose. Ivyo bikaba bibaye inyuma yaho umuririmvyi Big Fizzo avuze ko yize amashure mbere akanaronka…
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 05 Ndamukiza 2020, niho umugwi wa Aigle Noir wari wakiriwe na Burundi Sports Dynamic mu rukino rw'indwi ya 27 ya primus league , urwo rukino rwarangiye BS Dynamic inyagiye Aigle Noir…
"Nta bantu bashasha bamaze gufatwa n'ikiza c'umugera wa corona mu Burundi". Ivyo ni ivyemejwe n'umushikiranganji wo kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana mu…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye gutangura igice ca kabiri cayo ( Phase Retour) Uku niko imigwi izohura muri ino ndwi : Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 10/04/2020: - Isaha indwi 13h00 ku kibuga c'intwari umugwi…
Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League ryarabandanije. Uko niko imigwi yatsindanye : - Rukinzo Fc yanganije na Musongati Fc ibitsindo 2 -2 - Inter Star nayo nyene yanganije na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.