Atavyo kwihinguza ubu abanyabuhinga n'ubumenyi bafashwe neza kubera Umukuru w'igihugu atawe arinda gutuma yishikira mu kibanza bakibonanira imbonankubone, bakaronka n'akanya ko gushikiriza ibibazo vyabo.…
Nzigamasabo Vianey azwi kw'izina rya Vichou Love abarizwa muri the Fighter production yari yahamagaje abanditsi n'abamenyeshamakuru mu kubamenyesha igiteramo ciwe agiye gukora c'imboneka rimwe. Twari…
Umurwi Inter Star waraye ugendewe n’umwe mu bakunzi bawo akomeye aba hanze . Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 07 Ruhuhuma umwaka wa 2023 , niho umwe mu barundi aba mu bwongereza yama ashigikira umurwi Inter Star…
Kirikou Akili acishije ku mbuga ngurukana bumenyi yanditse amajambo akeza indirimbo ya Ado Josan. "Bararindiriye" n'indirimbo ya Ado Josan imaze imisi itari mike isohotse hafi ukwezi kurenga ariko uno musi…
Ngendabanka Natacha bakunze kwita la Number, asubiye Kandi kuvugisha benshi kubera umwambaro yari yambaye kw'ifoto aheruka gusangiza abamukurikirana, ariko Kandi n'ukubera amajambo yaherekeje iryo shusho. Uwo…
Mu gihe bahimbaza isabukuru y'amavuko y'umugore wiwe, Bruce Melodie yamubwiye amajambo akomeye, anamuha akaganuke, Gift, y'imodoka itari mu zigurwa n'uwariwe wese. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Igihe…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye atowe n’abakunzi b’umurwi Simba Sc nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Nzero 2023. Saidi Ntibazonkiza mu nkino 4 amaze gukinira Simba Sc amaze kuwutsindira ibitsindo 6 atanga…
Igenekerezo rya 4/2 niho umwigeme azwi kuri Instagram nka Ctine yavuka, uno mwaka rero nk'iyindi myaka yose akaba nawe yahimbaje umusi mukuru w'amavuko yiwe. Uwo mufana wa Big Fizzo akaba yahimbarije isabukuru ryiwe…
Double Jay na Keny sol vyatanguye tubonye indirimbo bakoranye izwi kw'izina rya "Qualite" indirimbo yakoze amateka, kuko yakunzwe mu Burundi no mu Rwanda. N'abaririmvyi bompi bakomeye narirya…
Mu gihe Big Fizzo ari mu baririmvyi bavurwa kuba bafise abana benshi, uwo muririmvyi uko umwaka utashe yerekana mushasha abantu baba batazi. Mu mwaka uheze, hamenyekanye Nikita Mugani umwana yavyaranye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.