Emery sun yoba ariko ategura igikorwa gishasha muri Studio nshasha hano mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Emery sun ubwiwe aho yasangiza abamukurikirana amashusho y'igihe yari yagiye…
Naho atakirashikirizwa ku mugaragaro, abari bazwi ko ari abakunzi abo nabo ni Sat-b na Belle Nice ngo bwabundi bamaze igihe baratandukanye, ngo ntibakiri mu rukundo. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Belle Nice…
Ndikumana Mugani Desire ngo ntabarizwa i Bujumbura muri kano kanya. Big Fizzo ngo yerekeje ku mugabane wa Buraya. Uwo muririmvyi asanzwe afise n'ubwenegihugu bw'ubufaransa akaba agiye mu gihe yaheruka kwemera…
Mu baririmvyi bakoze neza muri uyu mwaka wa 2022 duheruka kurangiza, ngo Big Fizzo, Sat-b na Natacha ntibarimwo. Aho ni mu gihe ibinyamakuru bitandukanye bitarabasha gushira ahabona urutonde rw'abaririmvyi bakoze neza…
Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw'iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa…
Umunezero ni wose kuri Alvin Smith, kuko uko imisi igenda ariko ibintu vyiza bimubako bibandanya biba vyinshi gusumba. Inyuma yo gushira ahabona Indirimbo AKADAJE na Juno Kizigenza, noneho igahakwa gukwiza Views 100,000 mu…
Baramuhakije kubera Inyota bafitiye ibikorwa vyiwe, abo s'abandi n'abafana ba Yoya Jamal. Mu gihe mu ntango z'uku kwezi, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko agiye Kandi kugaruka ku rubuga rw'umuziki, ariko…
Iboneka rya Olegue muri Party People Kandi Atari mu bari kuri Affiche, ngo ntibimuhungabanya, kuko we ngo aja mu bintu Azi ico abishakamwo. Mu mpera z'uyu mwaka wa 2022, abaririmvyi batandukanye barabashije gukora…
Mutima le comedien mwamumenye kubera gutwenza, muri uko gutwenza kwiwe haraho yavuga ko afise ubugeni mu nyuma bikarangira avuze ko ubugeni bwasivye. Ivyo biri muri bimwe vyatumye benshi badasubira kwizera ivyavuze…
Ishirahamwe NCDP rirongowe na Alphonse Nahimana umurundi aba muri Canada, rifise Icicaro caryo i Muramvya, ryatanguye buke buke rifasha abanyagihugu mu vy'uburimyi n'ubworozi, bakigisha abarundi guhanahana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.