Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana azoronke ico aha abantu. Ivyo n’ivyo aheruka kuyagira ikinyamakuru…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV umuyobozi mu binjanye n'ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean-Gilbert Yaoundé yavuze y'uko umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ariwo ukomeye gusumba…
Inyuma yaho ibihugu nk’Urwanda, Ubugande, Kenya na Tanzania bahagarikiye ibikorwa bihurirwamwo n’abantu benshi nk’ibiteramo, amasengero, amashure n’ibindi, Urwanda rwo rwahavuye rufata ingingo yo kugumiza mu mazu…
Kaya Freedom ngo naho Corona Virus yamufatiriye, bigatuma aguma i Kigali imisi irenze iyo yari yateguye, ntiyicaye kuko yabandanije akorera kuri Album yiwe nshasha ariko arashaka gushira ahabona mu misi ya vuba. Mu kiyago ku…
Inyuma yaho hagiye haraboneka amajambo asa nayagoye mundirimbo za bamwe mu baririmvyi ba hano iwacu, umuririmvyi Masterland we asaba ko amwe mu majambo agoye bumva abagora gutahura hako bayaririmba nabi bakaririmba ndetse…
Mumajambo yanditse ahayagiza Afurika ko nimba bariko batangariza Afurika ko Corona yoba igiye kuzanana ingumvu nyinshi atangorane ihari kuko bo Muri Afrika barasenga kandi ngo nimba barabonye imiti ya Ebola canke umuti Uvura…
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 20 Ntwarante 2020, haramutse haba ikiganiro c'abavugizi b'inzego zitandukanye zigize igihugu aho bishura ku bibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru n'abanyagihugu.…
Intandaro y’ugusubira gukorana hagati ya Big Fizzo na Lolilo ngo n’inyota yukwerekana ko umuziki w’uburundi utwawe n’abo bagabo babari bamaze igihe muri uwo mwuga, nkuko bishikirizwa na Lolilo ubwiwe. Mu kiyago yagiranye na…
Inyuma y’igihe abarizwa inyuma y’igihugu, Gaga blue avuga ko yagarutse mu gihugu kandi ko ibikorwa bizogenda neza, kuko afise vyinshi ashaka gushikiriza abakunzi biwe b’umuziki. Mu kiyago na Trending Media Tv, uwo muririmvyi…
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'Ubufaransa hamwe n'umugwi wa Juventus wo mu butariano Blaise Matuidi yaraye agiriwe imipimo vy'amagara yiwe basanga arwaye ikiza ca Coronavirus. Umugwi wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.