Igitabo citwa " The power of positive Thinking " canditswe n'umwanditsi yitwa NORMAN VINCENT PEALE kizogufasha cane, mu kiringo wofata umugambi w'ukugisoma , incuro nyishi zishoboka. Ico gitabo…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020 umugwi wa Buja City wari warikiriye umugwi wa Olympic Star mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa rya Primus league , urwo rukino rukaba rwarangiye…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 16 Ntwarante 2020, umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA Thadée Ndikumana yarakoranije abanditsi n’abamenyeshamakuru abamenyesha ingingo…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020, umugwi wa Athletico Academy wari wakiriye umugwi wa Aigle Noir i Bujumbura ku kibuga c'intwari mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa rya Primus league,…
B Face ngo ntihagire uwusubira guta umwikomo kuri mugenziwe ngo kuberiki indirimbo zitamenyekana mu makungu, avuga ko yaba abamenyeshamakuru, abaririmvyo co kimwe n’aba DJ ngo bose amakosa n’ayabo. Boniface abona ko umuti…
Ngendabanka Natacha yavuze ko yahagaritse amafaranga yakoresha muri Festival de la Chanson Féminine kugira ngo uburyo yashiramwo abushire mu muziki wiwe. Ivyo nivyo aheruka kuyagira imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri…
Imirwi ya Muzinga mu bagabo na Sisters mu bigeme niyo yaraye itahukanye ihiganwa ry'intango ry'i Bujumbura (tournoi d'ouverture) kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020 ku kibuga citiriwe…
Uruhererekane rw'indirimbo Babbi yari yamenyesheje ko zizoja ahabona vuba, zamaze gushirwa ku mugaragaro ku muhora wiwe wa YouTube. Izo ndirimbo nkuko yari yabimenyesheje zikaba zigera kuri 5. Izo zose zikaba zashizweko…
Inyuma y'igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n'ico yiyumvira ko cohava gikura mukaga…
Mu mpera z'indwi yaraye iheze igenekerezo rya 15 Ntwarante Umwaka wa 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league ryarabandanije kundwi ya 25 yaryo . Uko niko imigwi yatsindanye : - LLBS4A yatsinze Les lierres…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.