Miss Erica n’umuryango wa Sal G ngo nta bucuti bafitanye, n’umwana wiwe n’uwo muririmvyi yaburiwe irengero ngo ntibazi nuko ari i Bujumbura. Nayo abibaza ko abima amakuru ya Saleh ayazi ngo n’ububeshi kuko gushika ubu nta…
Mugihe umugwi wa Vital'o Fc wari uhejeje gusezerera umugwi wa Garage Express Fc mu kuwutsinda ibitsindo 3-2 i Gitega mu rukino rwo gusubiriza gw'igice 1/8 gishira icanyuma c'igikombe citiriwe Umukuru…
Ugufatwa nabi kw'ibiteramo bibera hano vyateguwe n'abaririmvyi b’abarundi ngo nivyo biri kubandanya biboneka Haraciye imyaka myinshi haguma hibonekeza ibomborabombora mubiteramo bibera ku butaka bw'Uburundi…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 11 Ntwarante 2020, ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu ryari ryabandanije mu gice ca 8 gishira icanyuma c'inkino zo gusubiriza . Uko niko imigwi…
Inyuma y’igihe ari mu gacerere, bamwe bamwe bakaba banavuga ko yoba yarahagaritse umuziki, noneho akaja gukizwa, habonetse Video kuri Instagram yiwe aho habonetse umukobwa ashobora kuba ariwe ariko aratamba. Uwo mukobwa…
Double Jay ngo hano iwacu nta numwe ahari yokwigirako, ivyo aheruka kubiyagira imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Nayo Mugani we akavuga ko n’akabare akinjiramwo agiye gusuma urusaku, ngo amenye aho bigeze ivy’umuziki. Muri…
Inyuma yaho umurwi Golden team utahukaniye igikombe ku rwego rw'igihugu mu rukino rwa Handball utsinze Muzinga mu rukino rwa nyuma kw'igenekerezo rya 2 Ruhuhuma 2020,uyo murwi wahavuye uhindura izina. Rukinzo…
Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 11 Ntwarante 2020, aho umugwi wa Bugesera wari wakiriye umugwi wa Police Fc mu rukino rw'indwi ya 23 y'ihigamwa ryo mu Rwanda bita Rwanda Premier League . Umugwi…
Nk'uko mwari mumaze imisi mubona vyanditswe mu binyamakuru bitandukanye bivuga y'uko Nahimana Hussein Welo amenyerereza umugwi wa inter star yoba amaze gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi wa…
Sat-B ngo si amahigwe yahawe kugira abashe kuririmba kuri Stage imwe na Harmonize, ahubwo ngo nuko yakoze neza nico gituma yari ahahagaze. “Si amahigwe ni akazi k’umuntu kamugeza ahantu. Aha kuba ndahahagaze n’akazi kanje…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.