Inkino zo gusubira z'igice 1/8 gishira ica nyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu zigiye kubandanya. Reka tubibutse ukuntu imigwi izohura : Aho bukera ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Ntwarante 2020: -…
Kuri uyu wa 9 Ntwarante 2020 niho umuririmvyi Mista Champagne yandika ubutumwa kumbuga ziwe agira ati iyi tariki muyishire ahadata kuko nzobibutsa. Ni Mista Champagne ubona y'uko inyuma y'igihe atari kinini cane…
Ikinyamakuru Sports 257 caraye gishize ahabona ukuntu abakinyi b'abarundi bakina hanze y'igihugu bagiye bigenza mu migwi yabo mu mpera z'indwi iheze . 🇷🇴Roumanie , Mu cicaro ca 3 Umukinyi BACANAMWO Joel yaraye…
Inyuma yo gushira hanze amashusho y'indirimbo yise Best Rapper in Kenya habonetse uwumukoza urutoke mumbonero aho yamuhakaniye cane mu kwandika ubutumwa burere Afisa Raj-B yamenyekanye cane nk'umu Raperi yandika…
Ugusubirana na Diamond ngo ntibiri mu migambi afise, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Hamissa Mobeto aho yari mu kiganiro ku nsamirizi Classic Fm muri Tanzania. Uwo muvyeyi w’abana 2 avuga ko igituma adashima kuzosubirana…
Mu gihe muri kuno kwezi Uburundi bugiye gutana mu mitwe na Mauritania mu nkino zibiri, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi ryarasohoye ikete ko ata mukinyi n'umwe akiri mu bihano, vyumvikana ko Saido…
Sat-B ngo ntavyo azi ko yoba ari mu baririmvyi babiri, Harmonize yavugiye mu giteramo ko azova i Burundi aririmbanye nabo. Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Uwo mwanditsi…
Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg Wawa ngo vuba agiye kuzana impinduka mu muziki w’Uburundi. Ayo majambo aherutse kuyashikiriza aho twari tumusanze aho yariko arakorera igikorwa gishasha agiye gusohora mu misi ya vuba Clip…
Ukwo buca n'uko bwira, ikiza ca Coronavirus kibandanya gikwiragira mu bihugu bitandukanye vyo kw'isi. Ibitigiri biri aha musi vyarekana ingene yagiye irakwiragira muri buri gihugu, abamaze kuyandura hamwe n'abo…
Mu gihe hasigaye imisi mike ngo ihiganwa rya Soccer beach ritangure mu Burundi , umurwi Muro Suppliers ufashwe mu mugongo n'ishirahamwe ryo muri CANADA ( Human Concern international) ubandanya witegura neza mbere ukaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.