Ku kibazo c’uko Double Jay yoba yashatse gukorera ku karirimbo karirimvyemwo Sat-b na Duniano bise Kweti Kweti, ngo sivyo. Igituma Double avuga ko ari kubera we iryo jambo ngo ryavuye mu gifaransa, noneho Ashima kurishira mu…
Amakuru ku bijanye n’ugutandukana kwa Diamond na Tanasha abandanya aboneka avuye hirya no hino. Ayo dukesha umwe mu bantu begereye WCB avuga ko ugutandukana kwabo ngo kwoba kwavuye ku ruhererekane rw’ibiteramo Diamond ariko…
Igihe kinini kiraheze atampinduka ariko vyama vyavuzwe cane ko hakenewe gukunda ivyacu tukabikundisha abandi ariko hakabaho ikibazo ati: "Mbega ni gute wokundisha umuntu ivyo nawe udakunda?" Amwe mu majambo…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV mu misi iheze uwahoze ari kizigenza w'intamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yavuze y'uko mugihe ahamagarwa muri Staff y'intamba mu rugamba yashoboye gusaba ikigongwe…
Ku musi wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 03 Ntwarante 2020, ku kibuga ca Tempête aho umugwi wa Vital'o Fc wama ukorera imyimenyerezo niho hari haramutse hatanzwe impuzu z'imyimenyerezo ku bakinyi ba…
Ko hoba hari agahinda n’umubabaro yamye anyegeza kuva kera kuko yagerageza kwerekana ko anezerewe ariko yubakiye kunguma z’umubabaro ; niyo majambo umuririmvyi Dj Pro yazindutse ashikiriza kuri uyu wa kane igenekerezo rya 05…
Naho bivurwa ko abavyeyi ba Nasibu Junior batakivuga rumwe, bivuye kuko ngo harimwo umwe yoba yaciye inyuma uwundi, kandi ko umwe muribo ngo agiye kugira ico ashikirizako abicishije mu ndirimbo, hari abandi batanguye…
Lolilo ngo muri kino gihe ntakirikumwe na Loliane, ariko kandi ngo ntiyiteze vuba kugira uwundi mukobwa yerekana. Ivyo nivyo aheruka kuyagira kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Muri ico kiyago, uwo mwanditsi akaba…
Kuri uyu wa karibi waraye uheze igenekerezo 03 Ntwarante 2020, niho uburongozi bw'umugwi Azam Fc bwafashe icemezo co kugira Vivier Bahati nk'icegera c’umumenyereza Aristica Cioaba ava mu gihugu ca Roumanie. Vivier…
Mu kiganiro uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yakoranye na Indundi TV yavuze y'uko umugwi nserukira gihugu wa Congo wamurondere kugira aze kuwukinira ariko aranka guhemukira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.