Inyuma yo gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1 mu rukino rwa Final rwabaye kuri uyu wa gagandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020. Umukinyi w'Uburundi Nshimirimana Jospin yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020 mu gihugu ca Bangladesh niho umugwi w'Uburundi waserukiwe n’abakinyi ba Aigle Noir wakinye urukino rwa nyuma rw'igikombe ca Bangabandhu Gold Cup n’umugwi…
Mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020, umugwi w'Uburundi waserukiwe n'abakinyi ba Aigle Noir mu mahiganwa ya Bangabandhu Gold Cup bakoze imyimenyerezo yanyuma yo kwitegurira umugwi…
Ishirahamwe ryishinze kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo ya leta OLUCOME ribona ko amafaranga agera hafi k’umuliyalidi w’amafaranga y’amarundi yegeranijwe n’urunani rwa masendika y’abigisha COSESONA akuwe ku…
Umugwi wa Orlando Pirates ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Africa y'epfo watangaje y'uko umaze gutangura ibiganiro k'umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba ari nawe kizigenza w'umugwi wa…
Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 22 Nzero 2020 niho umugwi Zulte Weregem ukinamwo Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino wari wakiriye umugwi Club Bruges mu rukino rwo gutangura rw'igice…
Inyuma y'aho Uburundi bunyagiriye Bangladesh ibitsindo 3-0 kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 mu rukino rw'igice 1/2 gishira ica nyuma c'ihiganwa rya Bangabandhu Gold Cup ririko ribera muri…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 isaha indwi z'umutaga (13h00) mu masaha ya hano iwacu niho umugwi nserukiragihugu w'Uburundi washoboye guserukirwa n'abakinyi ba Aigle watana mu mitwe…
Inyuma y'igihe kitari gito abarundi isinzi bazi ikiganiro Burundi Talent casanga abaririmvyi imuhira batiteguye kikabakangurira kwama biteguye kikanabibutsa ko ari ibiyo vy'abakurikirana ibikorwa vyabo ikiganiro…
Ruravyuye ingunza kwa Yvan Muziki, aho n'inyuma yaho ngo abantu bavugiye ko yoba yihakanye Uburundi biciye muri Interview aheruka gutanga. Ivyo bikaba bitari bibaye irya mbere. Mu kiganiro yahavuye kandi asubira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.