Inyuma y'igihe abaganga bari muri yegereyegere kugira umushahara wabo uharurwe mu mafaranga y'abanyamerika, umunyamafaranga w'umunya Zimbabwe ariko akorera mu bwongereza yemeye kuzoriha abaganga bose…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 niho umugwi w’Uburundi waserukiwe n‘abakinyi ba Aigle Noir uzagukina urukino rw'igice 1/2 gishira icanyuma c'igikombe Bangabandhu God Cup 2020 kiriko kibera mu gihugu…
Amatora nyezina ategekanijwe kuba mu mpera zo muri uyu mwaka w’2020 muri Tanzaniya ngo azoba meza cane kandi ahurikiyemwo bose. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe n’uwuramutswa ico gihugu Doctor John Pombe Magufuli ku mugoroba wo…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero 2020 niho umugwi wa Melbourne Victory ukinamwo umukinyi w'umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba wakira umugwi wa Putra Samarinda mu nkino zo mu majonjora…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero 2020 niho inkino zugurura igihanwa ryitiriwe umukuru w'igihugu "coupe du Président" zatangura icese. Umugwi Haleluya Fc ukinamwo umukuru w'igihugu…
Intanga z'abantu bapfuye ngo zishobora gukoreshwa, bigatuma haboneka umwana. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Journal of Medical Ethics, aho bavuga ko ubwo ari bumwe mu buryo bwotuma haboneka Stock nini…
Kimwe mu bibanza vyakira ubukwe muri afrika y'epfo vyanse kwakira ubukwe bw'ababana basangiye igitsina, aho ni mu gihe ico gihugu kiri muri bike vyemerera abantu kubana basangiye igitsina. Amakuru dukesha…
Umugwi wo mu cicaro ca gatatu witwa 6th October Fc waguze umutama w'imyaka 74 azwi ku mazina ya Eez Eldin Bahder. Nk'uko vyaraye bitangajwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amuguru muri Misiri kuri uyu wa…
Abantu bagera kuri icumi na batanu nibo bamaze kumenyekana ko bitavye Imana n’ayo abandi bataramenywa igitigiri barabura irengero inyuma y’umukuba wadutse ku kiyaga kiri mu burengero bwa Repubirika iharanira demokarasi ya…
Nk'uko tubikura mu kinyamakuru" www.lemonde.fr/Afrique " ngo inzige ziriko zirabica bigacika mu bihugu vya Afrika y'ubuseruko za Kenya, Ethiopia na Somalia. Ishiramwe mpuzamakungu ONU ngo ryarateye akamo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.