Inyuma y'imisi itari mike havurwa amakuru y'uko umumenyereza Omar Ntakagero umwanya n'umwanya ashobora gusuburira Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé ayo makuru yahavuye yemezwa n'umwe mu bari hafi…
Mu gihe ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Kigarama 2019 mu gihugu c'Ubuganda hategekanijwe kuzobera ihiganwa rya Cecafa Challenge Cup Senior y'imigwi nserukira gihugu ariho izoba itanguye, abajejwe gutunganya…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Kigarama 2019 niho umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo asanzwe kandi atwara umugwi Aigle Noir n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB…
Ibihe uko bigenda bibisikanya haraza haribonekeza zimwe mu mpano z’abigeme mu kuririmba ariko batigera bamara igihe kinini nk'ayandi mazina dusanzwe tubona amara igihe kinini muri uru rugendo rw’umuziki nk’abahungu. Uko…
Inyuma yaho akoreye indirimbo yiwe igira kabiri abifashijwemwo na Label ya Rockstone Kingdom munyuma agafata urugendo rumwerekeza mumahanga aho yagiye kwiga kandi ariko yemeza ko yagiye afise ibikorwa vyinshi bibitse…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 2 Kigarama 2019, umushikiranganji w'umutekano gukinga no gutabara mugihe c'isibe n'ibiza, Alain Guillaume Bunyoni yateye umukono kumasezerano yo kuzokwubaka ibitaro…
Ubuhinga bwo kumenya umuntu bakoresheje phone bwatanguye gukoreshwa ku bagura aga telephone mu bushinwa. Kuva kuri uyu wa mbere kigarama 2019, mu bushimwa uwushaka kugura agahamagazo, telephone, ategerezwa kwemera kuba…
Hari ku muhingamo wo kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 01 Kigarama 2019 isaha icenda 15h00 aho umugwi Bugesera Fc wari wakiriye umugwi Espoir Fc mu rukino rw'indwi ya 11 y'ihiganwa ryo mu Rwanda, urwo…
Abipimisha umugera ngo n'abafise ivyo bikeka, Big Fizzo we ngo nta gahunda afise yo kwipimisha kuko ntazi kunuranura. Nta mugambi afise wo kuja kwipimisha umugera wa SIDA, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Big Fizzo…
Abandanya yerekana ubutwari n’ubutore bwiwe naho bitoroshe muri kino gihugu cacu ko tubona abaririmvyi b'abigeme bashinga imizi muri uno mwuga wo kuririmba. Ni Esther Nish inyuma yaho aviriye mu gihugu ca Kenya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.