Inyuma y'indwi zine adahonyoza ikirenge mu kibuga kubw'imvune yaronse kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino agiye gusubira kuboneka mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Kaa Gent kuri uyu wa gatandatu…
Naho bikigoye kwemeza, ariko ngo ibimenyetso vyerekana ko ata gikozwe, Mbappe ashobora kwerekeza umwanya n'umwanya mu gihugu ca Espagne I Madrid kwa Zinedine Zidane. Kylian Mbappe ashobora kuja muri Real Madrid mu mwaka…
FBI iragabisha abagura imboneshakure muri Promotion ya Black Friday, kuko zidakingiwe, ngo abagizi ba nabi bashobora kuzinjiramwo, noneho bakazikoresha. Ikigo gishinzwe iperereza ry'indani muri Leta zunze ubumwe…
Hari igiye c’isaha zitatu n’inusu mu Buganda kw’igenekerezo rya 6 Kigarama 2019 aho umuririmvyikazi Natacha yatera iteka i gihugu camwibarutse mu gutahukana akandi gashimwe ko mu gihugu kibanyi c’Ubuganda inyuma…
Yaba Neymar , Mbappe canke uwundi uwariwe wese wo muri uwo murwi, harimwo bamwe bagiye kuboneka I Kigali mu misi iza. Guhera kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 4 kigarama, umurwi w'abahungu wa PSG, watanguye kwambara impuzu…
Imvura yaraye iguye yaraye ihekuye imiryango itari mike muri zone Nyamakarambo komine Mugina mu ntara ya Cibitoke. Haraciye imisi ibiri mu gihugu nka cose hagorobeza imvura idasanzwe, iyaguye ku mugoroba wo kuri uyu wa gatatu…
Aimable Tayaya ngo ntiyari yarabuze ahubwo yarakora ibikorwa hama ngo bihura n’ingorane kubari babimukoreye aca abanza kwinyegeza gato mukubanza kwiga isi uko imeze n’ukwihangana afise aho kugera ngo nakare iyubonye inzira…
Kubwa Nzambimana Janvier azwi cane nka Nyamate no mu gutambisha inkofero ngo ibintu n’Imana ijambo akunze gukoresha cane naho abenshi bataritahura ngo Imana yamukuye mw’ibarabara imuha impano idasazwe. Nyamate azwi…
Nk'uko biboneka mu rwandiko rwiriwe rurakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi zitandukanye, hari umugwi w’abahinga ugizwe n’abasirikare gusa watanguye urugendo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 3 Kigarama 2019,…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba uza gufata indege werekeza mu Buganda mu nkino za Cecafa Challenge cup y'imigwi nserukira gihugu z'abakuze (senior) kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 04 Kigarama…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.