Mu rukurikirane rushasha rwa Kaka Boney ngo higanjemwo gushimira uwumuhimbara muri vyompi. Atibagiye indirimbo imwe yo guhimbaza Imana Kaka B yahavuye ahebera igice kinini c'urukurikine rw'indirimbo…
Kubera ibikorwa akora, Natacha ngo yaradugije ibiciro, ubu arazimvye nkuko rya shirahanwe ryabivuze. Nayo ibiteramo ngo yahagaritse. Inyuma y'abaririmvyi bo muri kano karere bakoranye indirimbo, Natacha ngo agiye…
Yahisemwo kugera ikirenge muca Steven Kanumba mu gutegura yitonze ireresi, ngo bikunde ize imeze neza. Kuva umuhisi Steven Kanumba yitavye Imana, ngo nta reresi ryiza ryasubiriye kuboneka, ari naco gituma isoko…
https://youtu.be/wPxTvp-nWgo
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze amenyesha ko yahagaritse gukinira intamba mu rugamba. Karim Nizigiyimana aganira na Indundi Sports yabanje gushimira abarundi bose kuko ataco batakoze mu kumuba…
Arthur Banshayeko, umukinyi akaba anatunganya Impáramíco (Theatre) n'amalelesi azwi kw'izina rya Arthur Ban abarizwa mukigo Lincoln Center kiri i New York muri Leta z'unz'ubumwe za Amerika…
N'agakuru keza ku banyagihugu kumwe n'abasirikare bahora baja kurondera ubufasha mu bindi bihugu kubera ibibazo vy'amaso kuko vuba bashobora kwitura ibitaro vy'abasirikare mu kamenge(Hopital militaire de…
Umugwi Aigle Noir The Fighter vyawunaniye gutsindira i Bujumbura Gor Mahia . Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 11 Myandagaro umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c'Intwari niho umugwi Aigle Noir the…
Uburyo Umuhisi Kacaman Darcy Yakina ngo vyari biryoshe Ku buryo bitoroha gutahura ko yarakiri umwana. Ahubwo ngo yaboneka nk'umuntu akuze ariko w'igikuri. Umuhisi Darcy Iradukunda benshi bazi nka Kacaman Darcy ngo…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana ntakibarizwa mu mugwi wa Sofapaka muri kino gihe. Mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 10 Myandagaro 2019 niho umunyegori w'intamba mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.