Mu giteramo co kuri uyu wa mungu ntihazumvikana indirimbo za Wanajeshi za kera gusa, kuko ngo na nshasha zizumvikana kandi zitari nke. Hampande y'igiteramo bariko barategura kuzokora, umurwi Wanajeshi Kamili umenyesha…
Uko abarundi bakumbuye Alikiba, ngo Niko nawe abakumbuye. Naho agize igihe mu gacerere ngo agiye kukavamwo, anahakorere igiteramo. Uburundi ngo ni bwitege Alikiba, naho amaze igihe mu gacerere. Umuzo wiwe ngo azoba azaniye…
https://youtu.be/Cl50L9ShwSk
Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Myandagaro umwaka w'2019 uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka iheze Ndikumana Seleman abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi Facebook yahaye…
Tanasha yatanguye gushira ahabona amashusho yerekana imbanyi yiwe bivurwa ko isigaje igihe gito, nayo ivyamamare ntivyaretse kugira ico bizivuzeko. Inyuma y'uko Diamond amenyesheje ko umukunzi wiwe buca yibaruka, uwo…
Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Myandagaro umwaka wa 2019, niho umugwi wa mbere w'abakinyi b'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 bafata urugendo berekeza mu gihugu ca Maroc mu…
Inyuma y'igihe kitari gito unugwi w'intamba wa batarenza imyaka 15 uriko urakora imyimenyerezo yo kwitegurira inkino za Cecafa U 15 zizobera muri Erythrée kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro (08)…
kumugoroba wo kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro mu mwaka wa 2019 , niho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba w'imyaka 19 Muhammed Amissi yahabwa amasezerano yo gukinira umugwi…
Aunt Ezekiel ngo mu migambi afise ntawo kurongorwa urinwo, ariko gukurikiza kwo ngo nubwo boyimutera mw'ijoro nta kibazo yobibonamwo. Mu gihe yugurura akabare kiwe, Aunt Ezekiel yigeze kuba umukunzi w'umwe mu…
https://youtu.be/ZNsHuPaXnIs
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.