Mussa Prince ni umusore akiri muto afise impano idasanzwe ijanye no kwandika hamwe no gukina amareresi. Mu bakinyi b'amareresi mu Burundi, Mussa Prince niwe akiri muto kandi ariko aravyitwaramwo neza mu gukina…
Ugushigikirwa bikomeye nivyo Sat-b yisabira abarundi gusumba kwifatanya n'ababona ko Diamond aje kubasahura. Amafaranga Diamond yemerewe ngo aze gukora igiteramo I Bujumbura ngo ntiyarakwiye gutera ikibazo umuntu numwe.…
Urukurukuru ko Jayz yoba akomoka mu Rwanda rwamaze gukwiragizwa hirya no hino. Abantu bamwe bakaba bamaze kumutorera amazina. Igitero ca 3 c'indirimbo nshasha ya Beyonce cavyuye ibibazo bitari bike mu bakurikirana…
Iryavuzwe riratashe ya ngendeshwa nshasha y'umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushika mu Burundi Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Mukakaro umwaka wa 2019 , niho umumenyereza…
Shaddy boo ngo yanse kuza I Bujumbura kubera ukutumvikana kwabaye hagati yiwe na bumwe mu bushikiranganji bw'Urwanda. Inyuma y'ibihuha ko atakije I Bujumbura mu giteramo yari yatumiwemwo, hamenyekanye impamvu…
Mu ntumbero yo kwitegurira inkino za CHAN 2020 hamwe n'igikombe ca Africa Confederation Cup 2019-2020 , umugwi w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano ugiye gutana mu mitwe n'umugwi wa Rukinzo Fc mu…
Inyuma yo kwigenza neza mu mahiganwa ya Wimbledon na Notingham, numéro imwe muri Africa muba junior akaba numero 12 kw'isi Nahimana Sada ubu abarizwa mu gihugu ciwe c'amavukiro. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo…
"Uwu mwaka" ni imwe mu ndirimbo ya Nzeyimana Thomas azwi kw'izina rya Mkombozi yashize ahabona mu mwaka wa 2019, iyo ndirimbo biboneka ko ifise ubutumwa burashe bugomba gushusha n'uburi mu ndirimbo…
Umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba Frédetic Nsabiyumva aripfuzwa cane n'imigwi yo muri Africa y'epfo no mu bindi bihugu. Mu kiyago gito uwusanzwe arongoye umugwi Chipa…
Imigwi isangiye itsinda n'Uburundi yaraye imenyekanye harimwo Maroc. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 18 Mukakaro umwaka wa 2019 niho ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF risanze…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.