View this post on Instagram A post shared by 🇧🇮🌹MONNA WALDA KANEZA🌹🇧🇮 (@monna_walda) on Jul 4, 2019 at 9:39am PDT Ukwiyahura kuko vyashitse agahena vyo ngo ntibikunda, vyashitse atabishaka, ikimenyamenya…
Mt number one abona ko kwihutira kuja kurondera Collabo hanze y’igihugu atariwo muti, ukubanza kurondera gushigikirwa iwanyu, ngo nico nkenerwa gusumba. Mt number one ngo yipfuza kubanza gufata akarere k’Uburundi mu muziki,…
Kuba Diamond yaraciye inyuma Zari ngo sico gihambaye catumye amuheba, ariko hari ibindi bikomeye vyabiteye. Zari ngo ntiyahoye Diamond kumuca inyuma, ahubwo ngo hari ikindi gikomeye gusumba kumuca inyuma yamuhoye. Zari akaba…
Umukinyi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ndikumana Trésor yahawe amazereno mu mugwi Ac Léopard wo mu gihugu ca Kenya . Inyuma y'aho umugwi Amagaju Fc yari asanzwe akinamwo ukorokeye mu cicaro ca…
Imigwi isangiye kano karere ka CECAFA niyo igiye guhura muri Total CAF Champions league. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 21 Mukakaro umwaka wa 2019, niho ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF ryashira…
Dufatiye ku mamuko ijambo "Babylone" ni izina rya kera ry'igisagara Mesopotamie kiri mu bumanuko bwa Bagdad muri Irak. None yoba ari iyihe mvo iryo zina ryahavuye ryitwa umuntu canke umurwi…
Intamba mu rugamba zaraye zinaniwe no gutsinda Rukinzo Fc. Mu ntumbero yo kwitegurir neza inkino zo gukurakuranamwo za CHAN kuri intamba hamwe na Rukinzo Fc muri Confederation Cup, kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo…
Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye kuri…
Dj Jakson aramutswa inzu y'imiziki bukiv Lab arerekana ubudasa buri mu muziki ndundi afatiye ku bacuraranzi ba kera kumwe n'abubu. Jackson aravye umuziki wo murunganwe rwa Canco Hamisi, ba Africa Nova, Nik Dav,…
Inyuma y'aho aronkeye agashimwe k'umuntu azi gutwenza abantu wa mbere muri uyu mwaka w'2019, (Best Comedian 2019) ayihawe na Buja Music Award, Kabizi Boris ngo vyaramuryoheye cane ku buryo yipfuza ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.