Mu gihe wandaboy avuga ko indirimbo ya Sat-b na Meddy aribo bayifise, Sat-b we avuga ko iyo ndirimbo itarahera, ahubwo ngo agiye kuyiherahereza i Kigali mu Rwanda. Sat-b avuga ko ivyo ari ivyo baheruka kuganira na Meddy!-->!-->!-->!-->!-->…
Habaye ukutumvikana hagati y'abashingamateka muri Tanzania kubera ukwigenyeza, Ugusiramurwa. Ivyo bikaba vyasabwe n'umugore w'umushingamateka, ashigikirwa na mugenziwe ariko umwe mu bashingamateka!-->!-->!-->…
Ibitaro vyitiriwe umwizero vy’i Kibuye mu ntara ya Gitega muri komine ya Bukirasazi (Hôpital Espoir de Kibuye) bigiye gusubira kwakira abahinga karuhariwe mu kuvura no kubaga amagufa. Abaganga b’abahinga mu kuvura no!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba uhejeje gusezererwa n'igihugu ca Africa yepfo mu mahiganwa ya CAN U 20. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isakumi n'imwe n'igice!-->!-->!-->!-->!-->…
Amafaranga Diamond afise ngo ntashikira ayo abagabo bandi bagendanye na Zari bari bafise. Mu gihe Zari azwiko kugendana n'abagabo bafise amafaranga, Diamond ngo ntaja mu gitigiri c'abagabo bafise amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakunzi b'inkino bipangiye urutonde rwabo basaba na Joslin bipfubusa ko arirwe yotanguza mu rukino rw'africa y'epfo. Mugihe kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha cumi nimwe n'igice!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wa batarenza imyaka 20 wemerewe umuriyoni umwe kuri buri mukinyi nibwatsinda urukino ruzobahuza na Africa y'epfo. Ayo mahera bakaba baramutse bayemerewe n'uwusanzwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abaririmvyi batari bake b’abarundi babandanya bitwara neza I Kigali, aho bibandanije bigenda neza nkuko biri uno musi, mu myaka 5 gusa Uburundi bwoba bwisubije ikibanza bwari bufise aho hambere hahise muri kano karere. !-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo yavuze ku mwana wiwe aheruka kuvuka hamwe n’uwundi mukuru bivurwa ko nawe agiye gufata inzira nkiya se mu kuririmba. Big Fizzo ngo ntiharagera ko berekana umwana wiwe, avuga ko hakiri kare, ngo nihagera!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuntu umwe yahora yunguruza abantu n’ibintu kw’ikinga yaciye yitaba Imana nayo abandi barafatwa ku mvo z’amatohoza; aho ni inyuma y’intureka yadutse hagati y’abajejwe umutekano n’abanyonga amakinga yabereye hafi ya zone!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.