Ibitari bike vyari bimuzwi Kuri Emery sun nko kudasohora indirimbo nyinshi, ngo bigiye guhinduka muri uno mwaka wa 2019. Mu gihe azwiko kudakora amasanamu hamwe n'ugusohora indirimbo nke mu mwaka, Emery sun avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Urubanza rwagiriza Wema Sepetu gukwirakwiza amashusho y'urukozasoni rugiye gusomwa, urwo bamwe bakaba bafise ubwoba bw'ingingo izofatwa. Wema sepetu ngo agiye gusomerwa urubanza ruvuye mu matohoza yaramaze igihe ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugukora ubugeni, hamwe n'uguca aronka umwana muri ino misi, Big Fizzo avuga ko hari ico vyamuhinduriye muri gahunda yarafise. Big fizzo ngo agiye kuzokorera igiteramo i Kigali hamwe n' i Bujumbura mu kugira ashire!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon Les panthéres Daniel Cousin umwanya n'umwanya ashobora gutanga imihoho. Icotuma Daniel Cousin w'imyaka 42 atanga imihoho n'uko kuvaho ashikiriye mu mugwi nserukira!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'umufaransa Zinedine zidane ariko aronderwa n'umugwi Chelsea wo mu bwongereza. Ukuronderwa kwa zidane naChelsea ni umwimbu muke umumenyereza mukuru wa Chelsea Morizio Sarri amaze imisi atanga na cane cane!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w’umunyacongo Koffi olomide ku caha c’ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b’umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa!-->!-->!-->…
Umubeshi yoba arinde hagati ya Sat-b, Wanda Boy na Dj Paulin? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza yumvirije ivyo Dj Paulin yavuze mu kiri kimwe mu biganiro bivuga ivy’umuziki I Bujumbura. Mu gihe Wanda abandanya avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya UEFA Champions league rugiye kubandanya mu gice 1/8 gushira icanyuma . Izi nizo nkino zigiye gukinwa kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Ruhuhuma isaha zine z'ijoro 22h00 - AC Roma iraza kwakira!-->!-->!-->…
CECAFA kagame Cup igiye kubera mu gihugu c'Urwanda, mu nama y’abarongoye CECAFA yabaye Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 09 Nzero umwaka wa 2019 mu gihugu ca Ethiopia, abarongoye CECAFA bemeje ko igihugu!-->!-->!-->…
Dudu ashobora guhamvya Diamond mu gushira inguvu mu kudandaza umuziki, aho afise umugambi wo gushiraho urubuga, Mobile App, ruzogurisha umuziki hano iwacu. Dudu T Niyukuri ari mu baririmvyi babona ko ibintu mu muziki!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.