Naho atabashije kuvuga ryari azoyishira ahabona, canke uwuzoyikora, R Flow yavuze ko ayo masanamu ari mu nzira. Inyuma y'ukuva i Bujumbura aho yasubiye i Kigali ku kazi, R Flow yavuze ko hari igikorwa gishaha buca!-->!-->!-->!-->!-->…
Hampande y'ukurabwa n'abatari bake ku rubuga rwiwe rwa Youtube, indirimbo Nzobikora yakorewe Challenges yatumye imirwi itari mike y'abatamvyi basidukana niyonka mu kuyitamba. Ibihumbi 300 vyo mu kwezi kwa 1 ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhagarikizi mpuzamakungu pacifque Ndabihawenimana yashizwe mu bahagarikizi bagiye guhagararira inkino za CAN U 20. Akaba yashizwe muri urwo rutonde n'ishirahamwe ry' umupira w'amaguru muri Africa CAF .!-->!-->!-->!-->!-->…
Ntawundi umukinyi azova iburayi kuza kwifadikanya n'Intamba U 20 atari Muhammed Amissi . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Reveriano Ndikuriyo asanzwe atwara inama Nkenguzamateka ndetse n'ishirahamwe!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue ntakije kandi kwifadikanya n'Intamba kubw'imvune. Mu kiganiro uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB akaba ari nawe aramutswa inama!-->!-->!-->!-->!-->…
Black G yashizwe musi y'uburongozi bwa LEC, ubwo bwahoze busahiriza Sat-b , ariko bakaba basezeranye batamaze kabiri. Inyuma y'ukumara igihe asa n'uwuri mu gacerere, Black G , hakanasohoka akaririmbo ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero umwaka w'2019, umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi hamwe n'ibidukikije afadikanije n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu!-->!-->!-->…
Ntakwitwaza ubutegetsi canke ubukuru mu rukino ruzohuza Intamba na Gabon, kuko nawe azoriha kandi arihire nabasanzwe bamucungereye. Ivyo bikaba vyavuzwe n'uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 ugiye guhabwa amafaranga Ibihumbi amajana atanu 500.000fb buri mukinyi. Ayo mafaranga bakaba baraye bayemerewe na Reverieno Ndikuriyo asanzwe!-->…
Côme MANIRAKIZA, umushikiranganji w'amazi hamwe n'amasoko ntanganguvu Ikibazo kijanye n'ikena ry'amazi cari kimaze imisi kigeramiye i gisagara ca Kayanza ngo kigiye gukemurwa mu misi ya vuba nk'uko vyaraye!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.