Kuri uno wa kane waraye uheze igenekerezo rya 20 Kigarama umwaka w'2018, igipolisi kijejwe kuraba umutekano wo mu mabarabara cari caramutse cugurura icese uruganda rwo gusigurira amashirahamwe asanzwe yunguruza abantu!-->!-->!-->…
Igipolisi c'Uburundi caraye gifashe umugabo yikekwa kuba yahora akora urudandazwa rw'abantu abavana mu Burundi abajana muri Qatar. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 19 Kigarama niho bwana Haruna Nzisabira!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat-b yumvikanye mu karirimbo aho agaruka ku bamutunga urutoke ko asigaye ahangara abakomeye, ako kakaba ari kamwe muri 3 twashizwe ahabona uno musi turi kw’izina ryiwe. Mu gihe yarashize ahabona akaririmbo gashasha!-->!-->!-->!-->!-->…
Abanyeshure bariko bariga igice ca kabiri c'amashure nshingiro y'abigenga batatoye ikibazo c'umwaka w'icenda ngo boba barakinjura bakaja mu mashure y'imyuga kuko ata mpamyabushobozi bazoronswa. Kuri uno wa gatatu!-->!-->!-->!-->!-->…
José Morinho yari asanzwe ari umumenyereza wa Manchester United ntakiri umumenyereza w'uyo mugwi. Intandaro yo kwirukanwa kwiwe ngo ni umusaruro mubi amaze imisi ariko atanga mu mugwi Manchester United . Abasanzwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu ntara ya Bujumbura Rural Gakili Djumapili ngo ntanzu iriko irasha mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ryabo "Association Provinciale de Bujumbura Rural". Ivyo akaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa kabiri uri hejuru igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2018, Reta y'Uburundi iciye ku mushikiranganji wayo w'ikigega ca Reta n'iterambere Domisiyano Ndihokubwayo, yateye umukono ku!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 15 na 16 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 18 yayo. Uku Niko baraye batsindanye :- LLBS4A yaratsinze Umugwi Flambeau de l'Est ibitsindo 2 Ku 0-!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Kumbure iyi article uyisomye mu kiringo zari zaraye zirasha. Eka mbere naho zitoba zaraye zirasha ntuce urekeza aho, bandanya kuko ntazibana zidakoma amahembe. Mariage n'umusozi w'ivyiza koko kuko ni yo centre de…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.