Uwusanzwe atwara umugwi Flambeau de l’est wo mu Ruyigi Claude Nkunzimana arahakana ko yagurishije uwo mugwi. Mu misi iheze uruganda rwacu rwa indundi Magazine rwabarabashikirije inkuru ivuga y’uko umugwi Flambeau de l’est…
Mista Champagne ngo amashirahamwe atandukanye asanzwe akorera hano iwacu, ntiyarakwiye gucagura abo ashigikira n'abo adashigikira mu bikorwa vyabo. Mista Champagne akaba abivuga yisunze ko nk'ihiganwa Isanganiro…
Umuririmvyi Boniface ngo umupira yakoze uriko ibiranga abaririmvyi n'amashirahamwe ashigikira umuziki atari make, ngo yawukoze kugira atange akarorero. Uwo muririmvyi mu kiyago na Siren Vibes, avuga ko abaririmvyi bari…
Abaririmvyi b'abarundi bakora neza, ngo uno musi ni benshi cane. Nta citwazo na kimwe c'uko habuze izovuzwa cane hano iwacu. Yoya abona ko abavuga ko atazihari ngo ari icitwazo gusa, kuko ngo uwuhawe indya…
Imisi mike gusa inyuma yaho uwahahora abazwa ivyo gutunganya amahiganwa y'ikino z'umupira w'amaboko Basketball Dr Frank Bujeje abogorejwe ahowe ko atatunganije neza ayo mabanga, yarajejwe ngo mukwerekana…
Umumenyeshamakuru w’inkino n'Umwanditsi Thierry Niyungeko yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo . Niyungeko Thierry akaba yaraye yitavye Imana , kuri uyu wa Kane i genekerezo rya 14 Ndamukiza 2022,…
Muri ino myaka kwumva abaririmvyi bidoga ko abamenyeshamakuru canke aba Dj aribo batuma umuziki udatera imbere, n'ibintu bisanzwe kuko Ari Ijambo rimaze igihe riri mu kanwa ka benshi. Ariko uko siko Umuririmvyi ISSA…
Kizigeza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yatsindiye agashimwe k’umukinyi w’ukwezi kwa Ntwarante kuko yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu mugwi wa Sheffield Wednesday wo mu cicaro ca gatatu mu gihugu c’Ubwongereza . Ako…
Kuri uyu musi wa 3 hiriwe harakwirakwizwa ama foto yafashwe mu masegonda make gusa, Indirimbo ya Harmonize na Ibrah ishizwe ahabona. Mu mwanya utangana n'umunota Indirimbo ya Harmonize na Ibrah yari imaze gukwiza views…
Twobanza gushimira Mr Champagne ku gikorwa ariko arakora co guhamagara abaririmvyi bakayaga ikibiriraho biciye kuri Instagram yiwe ngo ni mu ntumbero yo kugira ubumwe mu baririmvyi, kugira biyumvanemwo mu guteza imbere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.