Mkombozi aremeza ko aba Rappeur harimwo abakoresha itabi kugira muri studio iyo bagiye gukora ngo bigende neza, naho atari bose. "Sivyo ariko Kandi nivyo, kuko abantu bakoresha amasigareti barabikoresha n'abatari…
Iyo hataba umuhisi Soso K, ngo uno musi dushobora kuba tutari tuzi umuririmvyi R Flow, kuko ariwe wa mbere yafashe ukuboko uwo muririmvyi wacu kugira aje muri Studio irya mbere. Mu Kiyago yagiranye na Kaboss For real mu…
Elon Musk asubiye Kandi guteza uruhagarara ku rubuga rwa Twitter, Inyuma y'ugushiramwo imitahe, noneho akanerekana ubushake bwo kuyigura. Muri Twitter aheruka gukora mu ndwi twaraye turangije, uwo munyamafaranga akomeye…
Ingabo z'uburundi ziri kugarukana amahoro muri Somalia ngo zatewe n'intagondwa z'aba El Shabab, hakaba ngo hoba hari n'abitavye umuremyi. Amakuru dukesha BBC avuga ko amakuru bakesha umusirikare umwe mu…
Mu gihe ihiganwa rito ritegura ihiganwa rikuru bitiriye Viva basketball League rwamaze kurangira rutahukanywe na Dynamo,mu mugwi Urunani hoho ubushimwe bubandanya gutangwa, abakinyi batatu bakaba bariko barahiganirwa ikibanza…
Inyuma y'ukumara umwanya Ari mu minwe y'igipolisi, umuririmvyi Harmonize yahavuye arekurwa, ubu aridegemvya. Ivy'ifatwa ryiwe bikaba vyagumye bishikirizwa uno musi Aho uwo muririmvyi vyabugwa ko yoba yarariye…
Abaririmvyi batari bake bagize Ico bashikiriza ku ndirimbo Umuyabaga RMX ya Nziza Desire yashizwe ahaba kuri uyu wa mungu igenekerezo 1/5. Mu bagize Ico bashikiriza muri comment y'iyo ndirimbo hari nka B face, Mkombozi,…
Inyuma y'ibiteramo yakoreye mu bufaransa no mu bubirigi, hamwe n'ukuboneka mw'ihiganwa ry'umupira ryahuje imigwi y'abarundi baba ku mugabane wa buraya, Big Fizzo agiye gukorera igiteramo mu bwongereza…
Kidum na Andy Mwag bagiye gusubira kuwakiriza hamwe hazoca uwambaye ku Mutwenzi bar Ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi ribicishije mu kinyobwa caryo Amstel n'abagenzi burwo rukanywa bategura gusangira…
Urunani ni umwe mu mirwi y'umupira w'amaboko Basketball mu Burundi witeguriye neza ihiganwa rigiye gutangura rwitirowe Viva basketball League. Ngo naho mw'ihiganwa rito ryo kwugurura ihiganwa rikuru batitwaye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.