Imbere yuko umwaka wa 2022 uhera, umuririmvyi Masterland ngo azoba yamaze gushira ahabona EP yiwe ariko arategura. Uwo mwanditsi wa nsomya akoresheje imbuga ngurikanabumenyi asanzwe akoresha, yibiye akabanga abafana biwe ko…
Inyuma yo kumara indwi zishika kuri zitatu ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yaraye ashikirijwe agashimwe kimwe k'umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Ruhuhuma. Ako gashimwe akaba yagahawe…
Nsabiyumva Fréderic yagarutse mu mugwi Jomo Comos yahoramwo kera. Inyuma yo kumara ikiringo kitari gito ataboneka mu kibuga , ivyahora bitera amakenga abakunzi biwe n’abakunzi b’intamba mu rugamba , myugariro…
Abaririmvyi ngo baragoye cane, ivyo n'ibishikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiganiro aheruka gutanga. Uwo mugabo amaze gufasha abaririmvyi batari bake, ngo nta mugambi afise wo kwugurura inzu ikurikirana abaririmvyi,…
Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum Aho Ari abandanya aramura Abana bakiri bato bafise Ingabire zikomeye muri uwo mwuga amaze imyaka idaharurwa ku ntoke ariko arakora. ku rubuga rwiwe rwa Facebook, kuri uyu wa mbere,…
Ni umukinyi w'Umurundi akina mw'ihiganwa rikuru ryo muri Tanzaniya, akongera akaba umukinyi w'intamba mu rugamba umugwi nserukira gihugu w' Uburundi . Ku myaka 34 yose ni umukinyi amaze gukinira imigwi…
Habuze akanya isase Alvin Smith, Urubuga rwiwe rwa YouTube bari barumunyaze. Akoteshejwe urubuga rwiwe rwa Whatsapp, Alvin Smith yigamvye ku bariko bagerageza kumutwara urubuga rwiwe rwa YouTube, ariko ntivyakunda kuko…
Abaririmvyikazi b'abarundi bariko barakora ngo ni benshi cane, Kandi bariko bakora neza. Emelance Emmy yahavuye ava mu gacerere, atanga ukuri ku muzo wiwe hano iwacu, inyuma y'igihe atahabarizwa. Mu vyamushikanye…
Mu gihe ihiganwa ry'umupira w'amaboko Basketball ryo kurondera imigwi cumi izokwitabira ihiganwa rikuru bitiriye "Viva basketball League" riherutse gusozerwa,ishirahamwe ry'umupira w'amaboko…
Yamenyekanye kuva kera mu muziki ndundi na cane cane ku ndirimbo yiwe "Muyomba" mu nyandiko nziza ijwi ryiza no mu bicurarangisho ni bitumwako asanzwe ateramisha abantu mu muziki w’ikibiraho (karaoké) muri Band…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.