Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 28 Ntwarante 2021 mu kibanza ishirahamwe AMB rikorera ( Palais des arts), uburongozi bushasha bwatowe mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bwarakoranye mu nama ya mbere kuva ubwo…
Kuva haduka intambara muri Ukraine ihuza ico gihugu n'uburusiya, abenegihugu b'ibihugu bimwe bimwe bari bafise utwo bari barabitse ku ruhande cane cane muma Bank ngo bariko baradukurayo Ari benshi. Nkuko ikiganiro…
Kubwa Spok's ngo amashirahamwe akorera hano iwacu yarakwiye kwikubita agashi agatangura gushigikira ibikorwa vy'umuziki. Dushi Entertainment ishirahanwe ritegura ibiteramo n'ibindi bikorwa bitandukanye, riri mu…
B face ahanura abantu Bose ko bohagarika kwipfuza kuko n'ijambo ry'Imana rirabibuza. Mu kiganiro Face à face ca Siren Vibe, B Face yafashe akanya yishura ibibazo vy'abafana bariko baramubaza. Bimwe mu bibazo…
Abakorera kuri za mbuga za YouTube zigize imisi zihurumbirwa cane, ngo muri ino misi ico bahora bahabwa na bene YouTube ngo caragabanutse cane. Ange Minouche yashinze Magic Channel Tv, akaba avuga ko abantu batotangara cane…
Zinedine Zidane ngo ubu inzira n’imwe gusa, yerekeza muri PSG, kuko iyindi nzira yari ihari ngo yamaze gufungwa. Inyuma y’igihe hariko havugwa ko Zizou azokwerekeza muri PSG, ariko hakagumaho amadidane kuko uwo mumenyereza…
Siren Vibe ntikiri ishirahamwe(Company) gusa ariko yahawe uburenganzira bwo gukora nk’ikinyamakuru cemewe n’amategeko hano mu gihugu iwacu, ivyo bikaba vyashizwe ku mugaragaro n’ico kinyamakuru ubwaco ku mbuga basanzwe…
Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi T Max adashira ahabona igikorwa na kimwe c’umuziki, ngo hari ibikorwa bitari bike ariko arategura gushira ahabona. Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu zikorera ku…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League", iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yo mugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo…
Inyuma y'igiteramo ca Big Fizzo I Bruxelles, ubu naho abazoba bari ku mugwa mukuru w'ububirigi mu kwezi kwa Kane bazokwakira Fortran Bigirimana. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Fortran Bigirimana yavuze ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.