Abaririmvyi 2 b'abarundi nibo baguma bagaruka cane mu gitigiri c'abaririmvyi 10 bakomeje umuziki wa hano iwacu kuva mu mwaka wa 2000 gushika muri uno mwaka. ku kibazo c'abaririmvyi 10 bateje imbere umuziki wa…
Mu mupira w'amaboko Basketball mu Burundi ibintu bisa naho biriko birafata inzira nziza kuva aho iryo shirahamwe rihawe kurongorwa n'umukozi w'Imana Apôtre Jean Paul Manirakiza, nawe agafata iryo shirahamwe…
Mu gihe hariko havurwa menshi mw'ihiganwa ribonekamwo Sat-B,hari abariko baranka Sat - B ko atari mw'ihiganwa ryitiriwe East Afrika award, bamwe bati abariteguye ngo ntibazwi kuko ku mbuga ngurukana bumenyi iryo…
Umukinyi Landry Ndikumana yabaye uwakarorero mu murwi Urunani niwe yawe imodoka ni Banki BBCI. Iyo modoka yo mu bwoko bwa Toyota Spade Dark Brown yahawe Landry nk'umukinyi yaranze ukwezi kwa mbere 20222. Landry Ndikumana…
Tuvuze umuririmvyi afise indirimbo nyinshi mu baririmvyi bo mu Burundi Lolilo atabaye uwambere yoba mu bambere. Collabo zo mu gihugu no mu makungu zose arazifise nyinshi. Ngo n'uwanka urukwavu aremera ko rwiruka,…
Igurwa rya Lionel Messi n’umugwi wo ku mugwa mukuru w’ubufaransa PSG, abatari bake baribaza nimba woba wari umugambi mwiza, canke barihenze inyuma y’amezi atari make uwo mukinyi ariko arakinira uwo mugwi uri mu yifashe neza…
Uno musi kubona umwigeme afotora ntibikiri ibitangaje hano iwacu, kuko uwo mwuga wahora ufatwa nk’uw’abagabo gusa, ubu usigaye uhurumbirwa n’abigeme batari bake. Akarorero ni nka Josiane Kwizera avuga ko amaze kugira ico…
Imbere yuko Girukwishaka Boniface aba B Face ngo ntivyari vyoroshe na gatoya, kuko yaciye mu bibazo bitari bike. Birimwo n’ibijanye n’ukwimenya mu buzima bwa misi yose. Mu kiyago yagiranye na Kaboss for real, uwo muririmvyi…
Muri Monday Superstar y’indwi ya 3 y’ukwezi kwa 3, abamenyeshamakuru Adijoe na Espoir B5, bari bashikirije ko umuririmvyikazi Emelance Emmy abarizwa I Bujumbura, kandi ko yazanywe n’ibikorwa bitandukanye birimwo n’ugukora…
Mu misi iheze, umuririmvyi Sat-b yaguweko n’abatari bake bamubwira ko inyifato yifata itari nziza cane cane mu gihe c’ugukora ico abatari bake bita ama Buzz. Abatandukanye baravuze ibitari bike mbere birimwo ko ubu yoba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.