Muri ya ntumbero yo gushigikira ingabire nshasha mu gihugu, niho havuye ugukorana kwa Bantu Bwoy na Dj V-zeey. Mu kiyago na Isanamu Media, Big Fizzo yavuze ko Rodrigo azwi cane nka Dj V-zeey, amaze kubona ahatari hake avuza…
Collabo ya Sat-b na Big Fizzo ngo iramota, ivyo n'ivyo abo baririmvyi baheruka gushikiriza bose mu biyago baheruka kuganira n'abafana babo ku mihora ya Facebook basanzwe bakoresha. Mu gihe Big Fizzo yaheruka…
Naho bivugwa ko Cristiano Ronaldo ataryohewe muri Manchester United, inyuma y'igihe gito cane agarutse muri uwo mugwi wamubonye akura, ngo ugukinjura kwiwe muri uwo mugwi kwoba kutaratomoka neza. Uwo mutsinzi wa Ballon…
Inyuma y'indirimbo Vuga ikirundi, Pablo Tiken yakoranye na B Face yagize akamaro kanini nk'uko aheruka kubivuga muri kimwe mu biganiro vya hano iwacu, uwo muririmvyi yanavuze kw'ikorana ryiwe na Emery Sun. Muri…
Satura kuva igenekerezo rya 3 Ntwarante 2022 abarizwa mu gihugu ca Tanzania akaba yajanywe n'igiteramo yatumiwemo categuwe na Harmonize citiriwe AfroEast carnival cari gihurikiyemwo abaririmvyi bavuye muri Afrika…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe muri uku kwezi kwa Ntwarante. Urukino rwa mbere Intamba mu rugamba izokina na Bahrein i Manama igenekerezo rya 26 Ntwarante 2022,…
Mu gihugu ca Égypte hariko habera inama y'abanonotsi kw'isi yose izomara imisi 2 kuva kw'igenekerezo rya 12 na 13 Ntwarante. Iyo nama yatunganijwe n'ishirahamwe ry'abanonotsi kw'isi yose AMO…
Abakenyezi bagera ku 20 baraye baronkejwe impanywabushozi n'ishirahamwe Hannah House Family mu mugambi waryo "Mukenyezi Haguruka". Kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 11 Ntwarante umwaka w'2022, muri…
kwitwa icamamare bikundwa na benshi ariko si igikorwa coroshe kuko kwubaka izina bisaba inguvu nyinshi,izo nazo nizo Mutima yakoresheje kugira uno musi tumumenye n'ibikorwa vyiwe tuvyiteho. Mu makuru yacu twari…
Elisabeth Michael benshi bazi nka Lulu ngo nta mugambi afise wo guhagarika kwonsa umwana wiwe. Aho ni mu gihe abatari bake baca bahagarika bakaja kubaha amata asanzwe ngo kugira ntibasaze. Mu kiganiro yahaye kimwe mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.