Ku rutonde rwama rusohorwa ku kwezi n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA, rwerekana y'uko Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri uku kwezi kwa Myandagaro rukaba ruri mu kibanza c’141 mugihe mu kwezi kwa…
Mu gihe muri Hip Hop abiyita abami ari umurengera, Fabelove we ngo arafise ivyemezo ko ariwe mwami muri uwo mudiho. Mu kiganiro OpenMic, yavuze ko afise abana yigisha uwo mwuga kandi abo nyene aribo baja guhangana…
Umugwi Flambeau du Centre ushobora kuba ariwo mugwi wa mbere ukoresha amafaranga menshi mw’ihiganwa rya Primus League . Igihe uwo mugwi wariko uhimbaza umusi mukuru wo kwigina igikombe ca Primus League 2021-2022, uwurongoye…
Inyuma y'ukumenyera gukwiza Views 100,000 mu ndwi imwe kuri YouTube, n'ukuronka indirimbo zitari nke zikwiza Views 1,000,000 kuri YouTube, ubu ikigezweho ni Collabo zo hanze y'igihugu. Ico kimenyerewe kubwa…
Umugwi Aigle Noir Cs usabwa gutwara igikombe cabo , kirya bigeze gutwara ni ico abanyagitega. Ivyo vyaraye bishikirijwe n’uwatanguje uwo mugwi Honorable Réverien Ndikuriyo, mugihe yari yitabiriwe ubutumire bwa mugenzi wiwe…
Inyuma yo kwanka gusinya mu migwi yariko iramurondera ikina ihiganwa rya Primus League , Murangira Ramires agiye kwerekeza muri Africa y’epfo. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 Myandagaro 2022 isaha umunani n’igice 14h30 ,…
Mu makuru yacu duheruka gushikiriza twababwiye ko Mkombozi afise umugambi wo gusanga abakunzi biwe hose mu ntara hagati mu kubateramisha igikorwa kikaba caratanguye. Yatanguriye i Makamba hakurikira mu Cibitoke ca Rugombo,…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ushobora gukina urukino rwa kivandimwe n’igihugu kitaramenyekana mu kwezi kwa Nyakanga . Ivyo bikaba vyarawe bivuzwe na Team Manager w’intamba mu rugamba Mutima Constatin mu kiganiro…
Abagifise muribo ko Masterland akwiye guhitamwo kimwe muvyo asanzwe akora ngo nibahagarike, kuko Imana yamuhaye ingabire nyinshi cane. Uwo muririmvyi akaba n'umugwizatunga avuga ko yasanze Imana yamuhaye ingabire…
Uwuvuze Ange Minouche uno musi ku basanzwe bakunda imbuga ngurukanabumenyi, nta wutomumenya, kuko ari umwe mu bigeme bakunzwe cane kuri izi mbuga. Minouche naho akunzwe, ngo ako kazi ntikamworoheye kugira abashe kwubaka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.