Umunonotsi w’umurundi Egide Ntakarutimana yaraye yanditse amateka mu gufata ikibanza ca mbere ku metero 5.000 mu gihugu c’Ubutariano, izo metero 5.000 yazigize umwanya ungana iminota 13 n’amasegonda 8 ( 13:08.43). Egide akaba…
Ni mugihe hariko haraboneka amafoto hirya n'ino ku mbuga ngurukana bumenyi za Sat-B ari kumwe n'umukunzi wiwe Belle Nice, benshi bakaba babandanya kuvuga k'umwambaro Belle Nice yambaye. Bamwe bati ntiyari…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wa Handball w'abatarenza imyaka 18 , waraye utewe impaga kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 30 Myandagaro 2022 n’igihugu ca Maroc , muri ya mahiganwa ya Africa handball championship…
B face ngo kwiyita Rap Yuda canke Rap Commando ngo birafise ico bisiguye mu bikorwa ariko arakora vy'umuziki. Mu kiyago aheruka kugirana n'umwe mu bamenyeshamakuru ba hano iwacu, yavuze ko ayo mazina ari ayo…
Media Tours yonyene ngo yomwuriza indege, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na B Face ubwiwe. Urugendo aherukamwo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, rwavugishije abatari bake, kuko atigeze anatomora vyukuri ikijanye B Face…
Amakuru duhejeje kuronka twakuye ku rubuga rwa radio Isanganiro, ni uko igihugu c’Ubuyapani kigiye gutanga imiriyaridi 30 z’amadorari y’abanyamerica mu ntumbero yo gushigikira iterambere ry’ibihugu vya Africa harimwo…
Imbarutso ry'ihabwa amasezerano na Bantu Bwoy ngo n'uburyo Big Fizzo yashimye ivyo Dj Veezzy yavugije mu giteramo uwo muririmvyi yari yatumiwemwo mu gihugu c'Ubutariyano. Ariko ngo ihura ry'abo ubwa mbere…
Urukino rwo gusubiriza rwo kurondera itike rya CHAN 2023 ruzohuza igihugu c’Urwanda n’igihigu ca Ethiopia i Huye mu gihugu c’Urwanda ruzoba igenekerezo rya 3/0/2022 , ruzohagarikirwa n’abahagarikizi 4 mpuzamakungu b’abarundi.…
Umuririmvyi w’umurundi ariko akaririmba indirimbo zihayagiza IMANA (Gospel) David Tresor , yatowe kuzoririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu ca Australia mu rukino rukomeye cane rwa Championship ruzohuza umugwi nserukira…
Uwusanzwe avukana n’umukinyi wo hagati wa Juventus Paul Pogba hamwe n’umuwgi nserukira gihugu w’ubufaransa , Mathias Pogba yashize ahabona ibanga ry’uburozi mwene wabo yakoresheje kugira azoroge umusatirizi wa Paris Saint…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.