Umukinyi Ramazani Largie avuka ku bavyeyi b’abarundi abandanya yigenza neza mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Espagne ( La Liga). Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Myandagaro 2022 , aho umugwi UD Almeria…
Ni Irumva Bernice izina yahawe n'abavyeyi akaba avuka mu ntara ya Karusi mu muziki akaba azwi nka Bernice the bell indirimbo ziwe zikaba zikangurira abarundi gukunda imico n'akaranga. Hari haciye igihe kitari gito…
Umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Mike Tresor yasubiye mu bihe vyiwe inyuma yo gufasha umugwi Genk gutsinda RFC Seraing. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27 Myandagaro 2022, aho ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu…
Imiriyoni 30 z’amarundi niyo mafaranga uwurongoye umugwi Flambeau du Centre Kazohera Vénerand yemereye abakinyi biwe nibaramuka batsinze umugwi Ittihad wo muri Libiya . Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 21 Myandagaro 2022,…
Masterland ngo birashoboka ko ashobora kugira ubugeni mu misi iri imbere. Bitandukanye n'uko vyari mu myaka yahera, ubu nta mwaka uhera ata muririmvyi akoze ubugeni, na Masterland nawe ngo bashobora kumwitega. Naho…
Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum uno musi ngo afise indoto zitandukanye n'izo yarafise aho ha mbere. Mu kiganiro na Akeza Webtv, uwo mwanditsi wa Number Moja avuga ko ubu ico yipfuza ari ukubona abarundi baba…
"Urakaramba Ambassadeur Francine Niyonsaba ! Uri urugero mu runganwe, iteka ku Burundi, Imana iguhangaze". Ayo ni amajambo yashikirijwe n’Umkuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye inyuma y'aho Francine…
Niyungeko Olivier Mutombola yagenwe kuba umumenyereza mushasha w’umugwi nserukira gihugu w’abakinyi batarenza imyaka 17. Ivyo tukaba twabisomye mw’ikete ryavuye mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB riteweko…
Umugwi Flambeau du Centre ushobora kuba ariwo mugwi wa mbere ukoresha amafaranga menshi mw’ihiganwa rya Primus League . Igihe uwo mugwi wariko uhimbaza umusi mukuru wo kwigina igikombe ca Primus League 2021-2022, uwurongoye…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Istanbul Basaksehir wo mu cicaro ca mbere Ndayishimiye Youssuf batazira Nyange , agiye gukina inkino za nyuma za (Phase des groupes ) muri UEFA Europa Conférence League.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.