Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 390

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
#Diaspora| Bella Hot Hot umurundikazi ariko aduza ibendera ry’Uburundi mu makungu
Diaspora

#Diaspora| Bella Hot Hot umurundikazi ariko aduza ibendera ry’Uburundi mu makungu

Inyuma yo kumenyekana ko hari ubuke bw'abigeme muri Industry ya +257 yaba hano i Bujumbura cokimwe no mugihugu hagati, no mubarundi basanzwe bakorera hanze y'igihugu (Diaspora) ngo nuko n'aho bamwe bamwe…

adminby admin
May 21, 1:07 pm
106
kirundi

#IndundiTv Sports|Ayandi mashirahamwe 9 yaterereye Intamba mu Rugamba 79.000.000Fbu

https://www.youtube.com/watch?v=Psc_YRkPWZ8&feature=youtu.be

adminby admin
May 21, 10:59 am
105
Burundi

Intererano ingana imiriyoni 79 z’amarundi niyo Intamba zahawe

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ubandanya ufatwa mumugongo n'amabanki ndetse n'amashirahamwe atandukanye . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 21 Rusama umwaka wa 2019, isaha zine zo mugatondo kuri Hotel…

adminby admin
May 21, 7:02 am
104
Athletisme

Kuba nk’umuhungu cane nivyo bitumye Francine Niyonsaba ahagarikwa mu mahiganwa

"hormones" z'igihungu nyinshi afise mu mubiri nizo zatumye Francine Niyonsaba ahagarikwa mu mahiganwa azobera mu bu Swiss mu mpera z'uku kwezi kwa Rusama. Naho agerageza kwisigura ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ngo…

adminby admin
May 19, 12:27 pm
106
Burundi

Ivyaranguwe na Sentare ifadikanije na Parike nkuru irwanya ibiturire

Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 18 Rusama 2019, Sentare hamwe na Parike Nkuru irwanya ibiturire vyari vyaramutse bishikiriza ibikorwa vyaranguye mu gica ca mbere c’uwu mwaka turimwo w’2019. Umupfasoni Alphonsine…

adminby admin
May 18, 6:45 am
106
homepage

Umugwi Aigle Noire uriteguriye neza Intamba Day

Intamba mu rugamba zizotana mu mitwe n'umurwi uzoserukira uburundi mu mahiganwa ya Champions league yo muri Afrika, kw'igenekerezo rya 31 Rusama 2019 mw'ihiganwa ryo guterera Intamba kuva ku bihumbi bitanu…

adminby admin
May 18, 6:06 am
106
homepage

Intamba U20 zigiye kwitabira ihiganwa ryo muri Afrika “Jeux Africains”

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 ugiye kwitabira ihiganwa ryo muri Afrika "Jeux Africains". Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 17 Rusama umwaka wa 2019, niho hamenyekana y'uko…

adminby admin
May 17, 10:23 am
107
homepage

Emery Sun aravunira akagohe abaririmvyi bafise izina

Mu gihe ihiganwa Primusic risanzwe ritunganywa n'ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi ryari rimaze imyaka igera kuri itanu atawumenya iyo ryazimiriye, kuri uyu wa 16 Rusama 2019, iryo shirahamwe ryarasubiye…

adminby admin
May 17, 8:05 am
107
Umurwi uzotunganya amatora y’abashaka kwitoza kurongora ishirahamwe ry’abarundi bose baba muri Amerika ngo uriteguye bihagije
Diaspora

Umurwi uzotunganya amatora y’abashaka kwitoza kurongora ishirahamwe ry’abarundi bose baba muri Amerika ngo uriteguye bihagije

. Ibikorwa rero vy’ugushiraho ishirahamwe rizoba rihuriyemwo abarundi bose baba muri Amerika (Disapora) birabandanya. Samuel NDAYIRAGIJE asanzwe ariwe aza kw’isonga ry’abariko baritanga amenyesha ko gushika ubu ibijanye…

by
May 17, 6:48 am
106
Ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi bose baba muri Amerika rigiye kuvuka vuba bwango
Diaspora

Ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi bose baba muri Amerika rigiye kuvuka vuba bwango

Abarundi bose baba muri Leta zunze ubumwe za Amerika bamenyesha ko bariko barisuganya hasi hejuru kugira barabe ko boshiraho ishirahamwe ribahuza bose iyo bava bakagera.  Ivyo twabimenyeshejwe   n’uwahoze arongoye…

by
May 17, 5:52 am
106
  • Previous
  • 1
  • …
  • 388
  • 389
  • 390
  • 391
  • 392
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
207

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In