Murumuna wa nyakwigendera Papy Faty yitwa Iddy Faty ngo arapfungiwe ku kibuga c'indege c'i Johannesbourg muri Afrika y'epfo. Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 8 Rusama umwaka wa 2019, niho Mutoyi wa nyakwigendera Papy!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuryango w'umuhisi Papy Faty wagendewe nabo muri Melanti Chiefs yahora akinamwo ndetse n'uwusanzwe ari mu ndongozi zirongoye ihiganwa ryo mu gihugu ca Swaziland . Izo ndongozi zikaba zashitse mu gihugu kuva!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Rusama umwaka w'2019, umurirmvyi rurangiranwa Bizimana Aboubakar Kalume benshi bazi nka Sat-B Satlight King yari yaramutse atumirwa nk'umwe mu mboneza z'urwaruka!-->!-->!-->…
Ni kuri uyu wa gatanu itariki 10/05/2019 aho mukiganiro Indundi Hits Show gishikirizwa Na Epimac afadikanije na Alain, umuririmvyi Magic Soldier Kingorongoro abajijwe uko ibikorwa vyiwe bipanze no kubona haragaragaye!-->!-->!-->…
Umugwi Aigle Noir wo mu ntara ya MAkamba waraye utwaye igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu. Kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 11 Rusama umwaka wa 2019 , isaha umunani z'umuhingamo 14h00 , ku kibuga!-->!-->!-->!-->!-->…
Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda cane ku bucuti bwabo. Ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo burashobora kutazoba uwu mwaka, ubona n'umwaka usa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhisi Papy Faty yashinguranwe iteka mw'itongo ry'abapfuye ryo ku Mpanda . Inyuma y'aho ikiziga c'umukinyi w'intamba mu rugamba Papy Faty gishikaniwe ku kibuga c'indege ca Bujumbura, kuri uyu wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikiziga c'umuhisi Papy faty umukinyi w'intamba mu rugamba gihejeje gushikanwa Ku kibuga c'indege can Bujumbura . Hari isaha indwi n'igice 13h30 z'umurango niho indege izanye ikiziga ca nyakwigendera Papy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Chebby Warren abandanya yerekana uburyo akunda igihugu ciwe c'amavukiro mu gufasha urwaruka rw'imihingo itandukanye mu gihugu. Inyuma yo gutanga ibikoresho!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga wagarukanye abahoze ari abakinyi babo mu mwaka uheze. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.