Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 411

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Amasanamu makurumakuru yaranze iyakirwa rya Natacha i Burundi

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha yatahuka avuye mu gihugu kibanyi c'Ubuganda kuzana agashimwe yatahukanye muri Hipipo Music Award akaba yagatsindiye akubise hasi…

adminby admin
Mar 18, 1:21 pm
105
homepage

Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda

Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n’umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa Facebook ishusho…

adminby admin
Mar 18, 1:14 pm
105
Burundi

Spok’s kuririmba vyamwankiye kubera umwuga w’ukumenyesha amakuru

Spok's mu mwambaro wa BETV imboneshakure asanzwe akorera Spok’s ngo arakumbuye kuririmba, ariko akazi k’ukumenyesha amakuru ngo niko kamugeramiye. Buri gihe iyo atashe avuye muri Karaoke avayo yafashe ingingo…

adminby admin
Mar 18, 12:29 pm
105
Burundi

Bahamagarirwa kwijukira amashirahamwe yo kwiteza imbere

Abapfasoni bahurikiye mw'ishengero ry'abisilamu mu Burundi bahamagarirwa kwijukira kuja mu mashirahamwe hamwe n'amakoperative yo kwiteza imbere. Mu ntumbero yo guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi wama…

adminby admin
Mar 18, 10:26 am
105
homepage

Qatar ibandanya kuzibira ngo Neymar ntaje muri Real Madrid

Qatar ntiyerekwa icipfuzo ca Real Madrid co kugura Neymar, Naho Real yemereye uwo mukinyi umushahara usumba uwo bamuha. Mu gihe bivurwa ko Real Madrid iriko iragerageza uko bishoboka kwose ngo umukinyi w’umunya Bresil…

adminby admin
Mar 18, 10:04 am
105
Entertainment

Indirimbo ya Sat-b na Meddy ntizosubizwa gushika bamurishe nk’ayo bahaye Meddy

Wanda agiye gutanga kwa sat-b indirimbo zose yaramufitiye uretse iyo bakoranye na Meddy, ngo mpaka Sat-b bamurishe nk'ayo barishe Meddy kugira bakorane. Indirimbo zose za Sat-b yarafitiwe na Wanda Boy ngo zigiye…

adminby admin
Mar 18, 9:11 am
105
homepage

Real Madrid yiteguye gutanga amafaranga y’umurengera kuri Mbappe

Naho bikigoye kwemera kubera amajambo aheruka kuvurwa na PDG wa PSG, hamwe na Mbappe ubwiwe, umurwi Real Madrid wo ngo woba witeguye kugwiza hafi kabiri ayo waguzwe na PSG. Ikinyamakuru  AS co muri Espagne kivuga ko…

adminby admin
Mar 18, 9:04 am
104
africa news

Bemeza ko Diamond yoba yarabeshe Hamissa ko yakundanye na Nicky Minaj

Mobeto yavugiye Diamond ku bamwagiriza ko yoba ariwe yamubeshe ko bakundanye na Nicky Minaj bagikundana. Mu gihe amaze igihe batari kumwe mu rukundo, hasubiriye kuvyuka amajambo avuga kuri Diamond na Hamissa Mobeto. …

adminby admin
Mar 18, 8:54 am
104
Burundi

Aigle Noir ishobora gutakaza abakinyi bayo bakomeye

Umugwi Aigle Noir w'i Makamba umwanya n'umwanya ushobora kubura bamwe mu bakinyi bawo bakomeye. Mu gihe umugwi Aigle noir umaze kuba utwara ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2018/2019 uburongozi bw'uyo…

adminby admin
Mar 17, 2:03 pm
105
Burundi

Umunya Misiri niwe azohagarikira urukino rw’Uburundi na Gabon

Umunya Misiri Gehad Grisha niwe yatowe kuzohagarikira urukino ruzohuza Uburundi hamwe na Gabon . Ishirahamwe ritwara abahagarikizi b' umupira w'amaguru muri Africa CAF ryamaze gushira umuhagarikizi azohagarira…

adminby admin
Mar 17, 1:48 pm
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 409
  • 410
  • 411
  • 412
  • 413
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In