DJ Chento ntakibarizwa ku mugabane w'ubwongereza abarizwa i Bujumbura mu gihungu ciwe c'amavuko DJ Chento Ku batazi DJ Chento ni umurundi asazwe akora akazi kiwe kubu Dj muri Angleterre aho asazwe anaba ubu, amazina yiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Masterland agiye kuzoshira ahabona urukurikirane rwiwe rwa mbere rw’indirimbo kw’igenekerezo rya 21 Ndamukiza ,2019 kuri Lacosta Beach. “EGO” ni album igiye guzoshirwa ahabona ubwambere numuririmvyi Masterland ,akaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyozi w'ikinga akomeye cane yitwa Museveni yaraye yitavye Imana vyandurutse kw'isanganya ryaraye ribereye mu rutegama mu ntara ya Muramvya. Museveni nk'uko benshi bamutazira yari umwe mu banonotsi bakunda!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza wa Gabon Danniel Cousin kuva ku musi wa mbere igenekerezo rya 11 Ntwarante yarashize ahabona urutonde rw'abakinyi 23 ba Gabon bazoza gutana mu mitwe n'intamba mu rugamba mu rukino rwo kurondera itike!-->!-->!-->…
Abakurikirana urubuga rwa Instagram rwa Zari ntibatahura neza idini abana ba Diamond barimwo, kuko umwanya umwe umengo n'abakirisu, ariko akandi kanya ukamengo n'aba isilamu. Idini ry'abana ba Diamond ryabaye!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe umugwi w'intamba mu rugamba wimirije urubanza rudasanzwe, abarundi baba mu gihugu ca Sudan berekanye urukundo bakunda uwo mugwi mu gutanga intererano yabo. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 12!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona ibiciro vyo kwinjira kurorera urukino rwo kurondera itike yo gukina igikombe ca CAN U 23 ruzohuza Intamba mu rugamba na Congo Brazzaville!-->!-->!-->…
Mu gatondo ko kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 12 Ntwarante umwaka w'2019, igiporisi c'Uburundi mu gihe cari mu bikorwa vyaco vya misi yose bijanye no gusaka ibirwanisho, bafashe muri zone Musaga karitiye!-->!-->!-->…
Abagabo babiri bagirizwa kuba bahora biba abanyagihugu bakoresheje urwenge (escroquerie mu kinofunofu) baciye ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye baheruka gufatwa n’abajejwe umutekano, kuri uno wa kabiri akaba ariho!-->…
Aimé Loveness inyuma y'aho ashiriye ahabona indirimbo yise "UMFASHE NEZA" ngo vuba agiye kuzana iyindi ndirimbo nayo nyene itazoza ivyorosha. Kubwa Grand Pictures isazwe ubu ikorana n'abaririmvyi batandukanye!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.