Kuva u musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante umwaka wa 2019 ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona ukungene imigwi izohura mu nkino z'igice 1 /4 gishira icanyuma!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze y'uko urukino ruzobahuza na Gabon kuwa 23 Ntwarante ari urukino rusanzwe nk'izindi nkino . Mu gihe harindiranywe igishika urukino rw'intamba mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiganiro c'abavugizi b'inzego cama kiba uko amezi atatu aheze, kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante caramutse kibera ku murwa mukuru w'intara ya Mwaro neza na neza kw'ishure ryisumbuye rya!-->!-->!-->…
Mu gihe hasigaye imisi indwi kugira intamba mu rugamba zakire umugwi wa Les Panthères wo muri Gabon hamaze kumenyekanya abakinyi bamaze gushika i Bujumbura n'imisi n'igihe abandi bazoshikira 1) Umugwi wa mbere!-->!-->!-->!-->!-->…
Natacha n’umuvugizi wiwe Raphael Nyandwi alias Rapha ndetse n’umumenyeshamakuru Ami Pro nibo bashoboye kumuherekeza bakaba bashitse impore muri Uganda. Igenekerezo rya 15 Ntwarante 2019 niho bafata urugendo ruberekeza!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza Joslin Bipfubusa yahawe itegeko n'uburongozi bw'umugwi Aigle Noir y'uko atosubira kumenyereza umugwi y'intamba mu rugamba y'abatarenza imyaka 20 hamwe na 23 kugira aronke umwanya!-->!-->!-->…
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante umwaka wa 2019 ku cicaro ca UEFA kiri mu buswisi niho haramutse haba itombora ry'ukungene imigwi izohura mu gice 1/4 gishira ica nyuma c'ihiganwa rya Champions league. !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba yaraye akoze ibikora inka mu rukino rwaraye rubahuje na Kakamega home boys . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Ntwarante umwaka wa 2019 aho umugwi Gormahia wari waraye!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'inyuma w'umugwi LLBS4A Simplice Ngendakumana yamaze gushika i Buraya. Ku musi wa mbere igenekerezo rya 11 Ntwarante umwaka wa 2019 niho Simplice Ngedakumana yafata indege imushikana mu gihugu ca Ukraine. !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana abandanya akora ibikora inka mu mugwi Sofapaka Fc yo mu gihugu ca Kenya. Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 13 Ntwarante umwaka wa 2019 , ku kibuga ca!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.