Umukinyi w’umurundikazi Niyonkuru Sandrine abandanya yitwara neza muri Egypt . Hari ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 14 Nzero 2023 , aho umurwi Tutankhamun Fc usanzwe ukinamwo umurundikazi Sandrine Niyonkuru watana…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Sudi Abdallah abarizwa muri Malaysia. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nzero 2023 niho umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Sudi Abdallah yashira umukono ku…
Umuririmvyi David Nduwimana asanzwe aba muri Australie atako adakora kugira umuziki w'Uburundi ubandanye umenyekana mu makungu nkuko mwabibonye no mu ndirimbo yiwe yaririmbishije umuzungu ikirundi. Ubu naho agomba…
Umukinyi w’umurwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba akina mu murwi Instabul Basaksehir Ndayishimiye Youssuf ariko yipfuzwa na OGC Nice ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’ubufaransa . Uwo murwi OGC Nice wipfuza…
Umunyegori w’umurwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba Justin Ndikumana ntakibarizwa mu murwi Bandari Fc wo muri Kenya . Uwo munyegori yaraye ashize umukono ku masezerano yo gusamira umurwi Costa Union ukina mu cicaro…
Inama nkenguzamateka yaraye iterereye ikibuga c’intwari . Hari ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 14 Nzero 2023 isaha zitatu (9h00) ku kibuga citiriwe Intwari aho umukuru w’inama Nkenguzamateka Emmanuel…
Vichou love ngo agiye gukorana na Happy Famba isi yose ibimenye abavuga ko yandoze babandanye kuvuga sindota ndamuva inyuma ahubwo vuba tugiye kubamenyesha ibigiye gukorerwa muri the Fighter indirimbo ziruzuye. Ivyo…
BIG Fizzo ngo yoba yarabeshe amakungu, mu kiganiro yakoreye muri PJ Classic FM, akoranye na Edisson Ndayahoze. Uwo muririmvyi aheruka kuvuga ko Channy Queen yashatse kumushira muri Bantu Bwoy ariko ngo asanga ntari Serieux mu…
Hagati ya Yvan Muziki na Marina ubu aho umwe aciye uwundi yohaturira, ayo niyo makuru agezweho muri Entertainment I Kigali. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru igihe yanditswe na Emmy Nsengiyumva, abishikiriza, uwo muririmvyi…
Inyuma yo kugurwa n’umurwi wo mu cicaro ca mbere muri Egypt witwa TUTANKHAMUM , umukinyi w’umupira w’amaguru umurundikazi Sandrine Niyonkuru yaraye yinjije igitsindo ciwe ca mbere ari muri uwo murwi . Urwo rukino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.