Ya ndirimbo Big Fizzo yakorana na Davis D ngo igiye gukorerwa amasanamu mu misi ya Vuba, ivyo vyashikirijwe n'uwo muririmvyi nyene ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Davis D mu ntumbero yo guhumuriza abafana ngo bari bagize…
Abakoresha n'abipfuza gukoresha urubuga rwa Gasape SN basanzwe bafise uduhamagazo turi mu bwoko bwa IPhone, nabo ngo bagiye gushikirwa. Nkuko urupapuro rwo kumenyesha iyo nkuru twabonye ruvyerekana, ngo urwo rubuga…
Abahagarikizi babiri b’abarundi aribo Paficique Ndabihawenimana hamwe na Nimubona Emery nibo bahagarikizi babiri Mpuzamakungu b’abarundi batowe kuzohagarikira inkino z’abakinyi b’imirwi nserukira gihugu bakina iwabo ( CHAN).…
Umumenyereza w’umurwi Flambeau du Centre Momcilo Medic niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza yaranze ukwezi kw’icumi umwaka uheze . Uwo mumenyereza yaronse amanota 8 n’ibitsindo 6 hagaca hakurikira…
ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Nzero 2023 hakozwe itombora y’ingene imirwi izohura mu nkino za mbere z’igikombe citiriwe umuhisi Prezida Nkurunziza . Ni ubwambere Fondation Pax Burundi itunganya ico gikombe…
Umuririmvyikazi Emelance Emy ngo agiye gushira kuri za mbuga zigurisha umuziki Compilation y'indirimbo yakoze kuva mu mwaka wa 2007 gushika muri 2022. Ivyo vyashikirijwe ku musi w'ejo n'imbuga hwaniro za Digita…
Sat-B acishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe yanditse amajambo akomeye harimwo guhumuriza abakunzi b'umuzi w'abarundi ko umuziki wiwe n'uwabarundi bivuzwa mu makungu. Yanditse agira ati:"umuziki…
Channy Queen co kimwe na Lolilo, bose baremeza ko Big Fizzo atigeze asohokana na Channy Queen. Kandi ko atigeze aba imbarutso ya Lolilo na Channy Queen mu gutandukana. Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Channy Queen mu…
Igenekerezo rya 28 nzero, nukuvuga mu ndwi 2, umwe mu basore bakunzwe mu gikorwa co gutwenza abantu, Mutima le Comedien ngo arashinga urwiwe, ivyo nivyo biboneka ku butumire bwatanguye gukwirakwizwa hirya no hino. Ubwo…
Chany Oueen mu kiganiro yakoranye na Hil top TV Yavuze ko atazi Lolilo Kandi ata n'umwana bafitaniye umwana wiwe afise Se, Kandi Lolilo ngo batibigeze banakundana. Ivyo nivyo benshi batatahuye kuko urukundo rwabo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.