Buramatari yahoze atwara Rumonge agiye gushirwa imbere y'ubutungane, ivyo nivyo biheruka gushikirizwa n'umukuru w'igihugu cacu Evariste Ndayishimiye, aho hari kuri uyu wa 2 aho yari mu rugendo mu Rumonge. Uwo…
Inyuma y'imyaka itari mike abarundi bazi ko umwana wa mbere wa Channy Queen ari uwa Lolilo, ngo bwa bundi s'uwiwe. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Chany ubwiwe. Iryo jambo ryashikirijwe n'uwo muvyeyi…
Mu masaha ari muri ya 72, Ibihumbi 100,000 nizo Views indirimbo Hakuna Matata RMX ya R flow ishobora kuronka ku rubuga rwiwe rwa YouTube. Iyo ndirimbo ikaba yakoranije abaririmvyi batari bake barimwo abo mu runganywe…
Alvin Smith n'umugore wiwe boba bisubiyeko bagahindura iryo bari bemeranije haraheze imisi? Ico Nico kibazo umuntu yokwibaza akubitiye ku mbuga ngurukanabumenyi za Instagram basanzwe bakoresha. Uwo muryango waheruka…
Sat-b ngo yaramenye gucungera imbibe z'ibikorwa vyiwe nico gituma ahora buri gihe avugwa cane gusumba abandi, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Juddie Caelle kuri Sat-b nawe inyuma y'ukuvuga kuri Big Fizzo.…
Kirikou aheruka guteza uruhagarara kuri Facebook, aho abafana batamwihanganiye kubera ishusho yerekanye ngo n'umukunzi wiwe. Igenekerezo rya 1 nzero uno mwaka wa 2023, Kirikou yasangije abamukurikirana ishusho arikumwe…
Indirimbo Body ya D One na Social Mula mu mezi 2 gusa imaze ishizwe ahabona, iyo ndirimbo ubu imaze kurabwa incuro ibihumbi birenga 600 ku rubuga rwiwe rwa YouTube. Iyo ndirimbo ikaba iharurwa mu ndirimbo zakunzwe uno mwaka…
Igihe abaririmvyi bazogira indero, ngo nico gihe abaririmvyi bazokwizera kubona abafana bagiye kuraba ibiteramo vy'abo ari benshi. Ivyo nivyo biheruka gushikirizwa na bamwe mu bafana bishura kuco Mkombozi yari yishuye B…
Umuririmvyi Alvin Smith Ngo yipfuza Manager, iryo tangazo ryasohowe n'uwo muririmvyi rikaba ryashizwe ahabona kuri uwu wa mungu mu masaha ya sasita ku rubuga rwiwe rwa Whatsapp. Uwo muririmvyi yavuze ko abantu…
Kubwa Sat-b ngo Belle Nice w'ubu ntiyomugurana na Belle Nice wa kera, kuko uw'ubu ari umuruturutu nayo uwa kera ngo ntiyomunywerako amazi. Ibintu birashushe kuri Facebook z'abanyarusaku bamwe bamwe hano iwacu,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.