Umurwi wa karate w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo wateguye ihiganwa rya Karate rya Inter Club amical ihuza imirwi 9 yo mu ntara zitandukanye z ‘Uburundi . Iryo higanwa rikaba ryateguwe mu ntumbero yo gutegura inkino…
Mkali wa Live niryo Zina yahawe n'abakunzi biwe birazwi neza ko kumuziki w 'ikibiriraho aho yateramishije abantu atawipfuza gutaha. Kuva muri the fighter production basanzwe bahagarikira ibikorwa vya Vichou baremeza…
Ibingorongoro nivyo bizotangwa ku nkwazo z'abigeme batambanye na Davis D muri Party People, amafoto ngo azobikwa, nta kabuza. Ivyabereye mu giteramo carangije umwaka wa 2022 arico party People, biracavugwa gushika…
Abakora akazi ko mu nzu, benshi mwita abayaya, baronse ihiganwa ryabo rya Miss, uwuzoritwara akaba ngo ashobora kuba ari Magali umwe mu bakozi bo mu nzu bazwi cane mu Burundi, nkuko bamwe batanguye kubinuganuga. Inkuru…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 6 Nzero 2023 i Zanzibar niho hari haramutse habera inama idasanzwe ijanye n’amatora y’inama nkuru ya CECAFA. Abarongoye amashirahamwe y’inkino atandukanye yo muri kano karere…
Yago ngo muri uno mwaka wa 2023 agiye gutangura content kuri rwa rubuga rwiwe rwa YouTube rwiwe arirwa Yago TV show, aho azokorera na hano iwacu I Burundi, nkuko aheruka aheruka ku bishikiriza. Kuri uyu wa gatatu, uwo…
Indirimbo nshasha ya Sat-b iri mu nzira, naho hataramenyekana izina ry'iyo ndirimbo, canke igihe iyo ndirimbo izoshirirwa ahabona. Uwo muririmvyi kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 4/1 akaba yasangije…
Mu mpera z'umwaka 2022 niho yashira ahabona album yiwe yise "Hello Afrika"igizwe n'indirimbo 12 Igisigaye ngo ni ukuzunguruka mu ntara hagati kugira azisangize abakunzi biwe. Hari ihiganwa…
Uwahoze ari umumenyereza mukuru wa Bumamuru Fc Vivier Bahati ngo ntarota aba icegera c’umumenyereza Joslin Bipfubusa kuko ari ibintu bitari mu masezerano yagiraniye na Bumamuru Fc . Ivyo bikaba bibaye inyuma yuko umurwi…
David Tresor Nduwimana niwe muririmvyi w'umurundi agiye guhabwa agashimwe nk'umuririvyi mwiza wo ku mugabane wa Oceanie. Uwo muririmvyi akaba azohabwa ako gashimwe na Rise and Shine World ishirahamwe rishimira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.