Naho atatumweko mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza ntasiba kwerekana ubushobozi afise mu murwi wa Simba Sc . Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 06 Ruheshi 2023 , aho umurwi Simba Sc wahura…
Inyuma y’imyaka ibiri arongoye umurwi Vital’o Fc, Evariste Mukurarinda yabisikanije n’uwumusubiriye Djamal Seif . Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 07 Ruheshi 2023 , niho haba kubisikanya hagati y’uwahoze…
Myugariro w’Intamba mu rugamba Frédéric Nsabiyumva yatumweko mu murwi nserukira gihigu w’ Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gutana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Namibie mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira CAN…
Inyuma yo gutorwa nk’umukinyi mwiza afise amamuko yo muri Africa mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere c’Ububirigi , akongera kandi agatorwa nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihigu c’Ububirigi (…
Francine Niyonsaba asanzwe afitanye ibibazo n'abatwara Comite National Olympique, aheruka guhabwa umubonano n'umukuru w'igihugu. Kuko ivyavugiwe muri uwo mubonano ata na kimwe cashikirijwe, ariko akavuga ko…
Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 31 isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe Intwari , aho uwurongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga Honorable Réverien Ndikuriyo ari kumwe n’icegera ciwe Général de Brigade de…
Ishirahamwe CNO ( Comite National Olympique) ryagiriza uwurongoye ishirahamwe ry’abanonotsi mu Burundi Dieudonnée Kwizera Muvuduka kuba umubeshi bivanye n’ingene yihindukiza mw’ijambo . Ivyo akaba yabivugiye kuri uwu…
Ntakindi Francine Niyonsaba yokwihutira gukora kugira yemererwe kuzoserukira Uburundi mu nkino za Jeux Olympique zizobera mu Bufaransa mu mwaka wa 2024 , atari kugabanya urugero rw’inkabuzo ngabo ( Testostérone). Hari…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije ngo ntibagendera kuri kahise . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Rusama 2023 Isaha zitandatu ( 12h00) ku kigo c’Ishirahamwe ry’Umupira w’amaguru mu Burundi FFB…
Umurundi yamye akunda umukinyi rurangiranwa wa kera wa Cote d’Ivoire hamwe na Chelsea Didier Drogba yuguruye ishure ry’umupira w’amaguru mu Burundi aca aryimwitirira. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Rusama 2023…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.