"Naho twari gutsinda Tanzania sinibaza y'uko twari gushika kure uravye n'uburyo tuba turiko turakoresha ". Ivyo ni ibiherutse gushikirizwa n'umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru…
Ce mercredi soir, Neymar ne pourra pas jouer contre le Real Madrid. En avril dernier, l'UEFA l'a suspendu pour trois rencontres après ses insultes envers un arbitre. Une sanction réduite à deux rencontres, ce mardi,…
Mu kiyago Honorable Reveriyano Ndikuriyo asanzwe atwara inama nkenguzamateka hamwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yakoranye n'abamenyeshamakuru kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15…
Inyuma y'aho umugwi Azam Fc umenyerezwa n'umurundi Etienne Ndayiragije utsindiwe i Dar es salaam ku musi w'Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w'2019, igitsindo 1-0 n'umugwi wa Triangle United…
Mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w'2019 ku kibuga c'Intwari, umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano iwacu watanguye imyimenyerezo yo…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 15 umwaka wa 2019 isaha zitanu 11h mu kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB niho uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitanu (11h 00) zo mu gatondo niho Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Reveriano Ndikuriyo akongera akaba…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka w'2019 niho abamenyereza b'intamba mu rugamba bashira ahabona urutonde rw'abakinyi 33 bagiye kwitegurira Ubuganda mu nkino zo gukurakuranamwo zo…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 13 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umusatirizi w'intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yatizwa mu mugwi Union Sportive Tatouine n'umugwi wiwe Etoile Du Sahel, akaba yatijwe…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 13 Nyakanga umwaka wa 2019 niho hamenyekana amakuru avuga y'uko umenyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana akinira umugwi wa Bandari Fc wo mu gihugu ca Kenya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.