Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 10 Nyakanga umwaka wa 2019 , niho umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba yafata indege imushikana muri Oman kwumvikana n'umugwi Al Bachair ukina mu cicaro ca mbere muri Oman .…
https://www.youtube.com/watch?v=i5u5GLTjnto
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko batazira Mutombora yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tanzania, urukino rutegekanijwe…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 07 Nyakanga umwaka wa 2019, ighe c'isaha icumi 16h mu masaha ya Tanzania niho umugwi nserukira gihugu w'Uburundi intamba mu rugamba wakora imyimenyerezo ya nyuma yo kwitegurira…
Inkino zitegekanijwe kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 7 Nyakanga umwaka w'2019 mw’ihiganwa ry’igikombe Primus Ligue ry’umwaka w’2019 ushira uw'2020 ni inkino zishika indwi. Murizo hakaba harimwo ururiko…
Inyuma y'urukino banganije na Tanzania i Bujumbura kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 05 Nyakanga(09) umwaka wa 2019 , isaha indwi n'igice 13h30 abakinyi b'intamba mu rugamba baza gufata indege barekeza mu…
https://m.youtube.com/watch?v=58gQBWDRkaY&t=4s
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze kw'igenekerezo rya 04 Nyakanga(09) umwaka wa 2019 , umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wari wakiriye uwa Tanzania Taifa Stars mu rukino rwo kurondera itike ryo kw'injira mu…
https://youtu.be/-Jhnfw05VSQ
https://www.youtube.com/watch?v=sMLcDMI8QxA&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.