Isaha indwi 13h00 zuzuye zo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa stars wasesekara ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye mu ntumbero yo kwitegurira…
Mu kiganiro bakoresheje abanditsi n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitatu zo mu gatondo ari kumwe n'umumenyereza wiwe w'intamba mu rugamba Alain Olivier…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitatu zo mu gatondo (9h00), kibuga c'Intwari, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yari yaramutse atanga ikiganiro ku…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 01 Nyakanga umwa wa 2019 isaha zibiri z'ijoro 20h mu masaha yo mu gihugu c'Ububirigi niho umugwi Zulte Weregem wari waramutse wakira imugwi wa Royal Antwerp ukinamwo…
Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 mu gihugu ca Erythrea aho umugwi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 15 wakina urukino rwa Cecafa rwo guhiganirwa kibanza ca gatatu…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 mu gihugu ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo niho umumenyereza w'umurundi Massudi Djuma yashira umukono ku masezerano yo kumenyereza imyaka ibiri…
https://youtu.be/h-xNLM5Y2_Q
Kuba Christiano na Messi batakiri kumwe mw'ihiganwa rimwe, Christiano yerekanye ko afise kinini yahomvye. Christiano aremeza ko hagati yiwe na Messi hari imigenderanire myiza cane, naho batarabasha gusangirira hamwe na…
Hari nk'isaha icumi n'imwe n'igice z'umgoroba (17h30) aho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue akinira umugwi wa Atlanta United muri America yashika ku kibuga…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 ku mbuga ngurukanabumenyi hiriwe harakwiragizwa ifoto y'umukinyi w'umusatirizi w''intamba mu rugamba Mavugo Laudit arikumwe na bakinyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.