Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 Kigarama 20223 Uwuserukira Uburundi muri Turquie yaraye atanze intererano ingana n’imiriyoni 3.006.000 z’amarundi kw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB ). …
Umugwi Flambeau du Centre wamaze kugura uwahoze ari umusatirizi wa Top Junior Murangira Ramires . Mu ntumbero yo kwitegurira neza inkino zo gusubiriza za Primus League , umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega…
Inyuma ya Hussein Welo gutandukanya na Musongati Fc , uwo mugwi wahavuye uzana Omar Ntakagero . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Kigarama 2022 niho uwahoze ari umumenyereza wa Bujumbura City , Omar Ntakagero yashira…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Simba Sc wo mu gisagara ca Dar es saalam. Saido akaba yashize umukono kumasezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange afatwa nk’umukinyi w’igitangaza muri Istanbul Basaksehir. kuva ihiganwa ryo muri Turky ritanguye umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Youssuf Nyange niwe afise…
Abashikiranganji bagize Reta y’Uburundi hamwe n’Umukuru w’igihigu Evariste Ndayishimiye nabo nyene baterereye amafaranga angana n’imiriyoni 100 z’amarundi kugira ikibuga Intwari kibandanye cubakwa . Ivyo bikaba…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe batazira Lucio yaraye afashije umurwi wa Academico Viseu ukina mu cicaro ca kabiri muri Portugal gushika mu gice ca kabiri gishira icanyuma mw’ihiganwa rya…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Pacifique Niyongabire agiye gukina mu gihigu ca Canada. Uwo mukinyi akaba yaguzwe n‘umugwi wa Valour Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Canada ( Canadian Premier…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza ashobora gusinya muri Simba Sc umwanya n’umwanya . Ayo makuru tukaba tuyakesha umwe mu bantu begereye cane umugwi Geita Gold asanzwe akinamwo mu…
Umugwi Fofila PF w ‘i Ngozi niwo ufata ikibanza ca mbere vy’imfatakibanza mw’ihiganwa ry’abigeme ryitiriwe izina rya Lumitel Women’s League . Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 17 na 18 ihiganwa ry’abigeme…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.