Nk'uko mubizi buri kwezi uwurongoye comité ijejwe gukurikirana ibikorwa vyo kwubaka ikibuga c’Intwari Révérien Ndikuriyo ari kumwe na Prezida wa FFB Géneral de Brigade de Police Muyenge Alexandre hamwe na Ingénieur…
Ikibuga c’intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kizoba gifise amaduka ( Shops) ashika kuri 180. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Ingénieur Méthode Ndikumagenge ajejwe kwubaka ico kibuga kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30…
Umugwi Gasogi United ukinamwo uwahoze ari Kizigenza w’Intamba mu rugamba Nizigiyimana Karim waraye utsinze Kiyovu Sports ikinamwo abakinyi babiri b’abarundi Bigirimana Abedi hamwe na Nshimirimana Ismail . Hari ku musi w’Imana…
Umukinyi w’inyuma w’Intamba mu rugamba hamwe na Rayon Sports Ndizeye Samuel yaraye atowe nk’umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Gitugutu 2022 . Aho ni inyuma yo gutorwa n’abakunzi b’umugwi Rayon Sports asanzwe akinira muri…
Umugwi Simba Sc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania uriko uraba ingene wogura Saidi Ntibazonkiza mu kwezi kwa kigarama kugira aze gusubirira Clatous Chama amaze imisi ari mu mvune . Mu makuru twasomye ava mu …
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba waraye utsinze Guinée Conakry w’abatarenza imyaka 23. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022 aho umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wari uramutse ukina…
Amakuru adushikiriye muri kano kanye n'uko Intamba mu rugamba zigiye gukina n’umugwi Guinée Conakry w’abatarenza imyaka 23 udafise abakinyi 4. Abo nabo vyari bizwi y’uko bazokina urukino rwa Côte d’Ivoire gusa nabo ni…
kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 niho abarongozi b’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko Handball ( FEBUHAND) bari kumwe n’abakinyi b’umugwi nserukira gihugu w’abadashikana imyaka 18 bashikiriza…
Umugwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba uhejeje kunyagirwa n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire mu rukino rwa gicuti. Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , niho umugwi nserukira gihigu…
Inyuma yo gutsinda ibitsindo 3 wenyene muri 5 -0 bari batsinze Djibouti mu rukino rwa mbere rwa CECAFA -20 yari imaze imisi iriko ibera mu gihugu ca Sudani, Arthur Nibikora niwe yatowe nk’umukinyi yinjije ibitsindo vyinshi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.