Inyuma yo gutsinda ibitsindo 2-0 Umugwi nserukira gihugu w'Ubuganda w'abatarenza imyaka 17 Intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 ziraza gusubira gutana mu mitwe na Buja City ikina mu cicaro cambere . Ruza kuba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana batazira Kabengele yaraye akinye urukino rwiwe rwambere yambaye umwambaro wa Sofapaka Fc. Mu urukino rw'ihiganwa ryo muri Kenya rwaraye ruhuje Sofapaka Fc hamwe na!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mugihe hatekanijwe urukino gwa kivandimwe kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 15 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda 15h 00 ruza guhuza Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.